mardi 9 septembre 2014

clip nshasha ya big fariouz na Chany queen

Big fariouz ariko arakora clip yindirimbo yiwe yise whats my name yafashijwe na chany queen, iyo ndirimbo ikaba ari indirimbo yahatswe gukorera ibara fizzo, aho abantu benshi batatahuye ico yari yashatse kuvuga.
aho ninkaho yavuga ama radio menshi, ariko munyuma Big fariouz akisigura neza, hama abamenyeshamakuru bakaboneraho gutahura. tubibutse ko abamenyeshamakuru bari bafashe ingingo yo kutazosubira kuvuza indirimbo ziwe, ariko iyo ngingo munyuma irafutwa.
Tukaba twabaronkeye amafoto yiyo shooting ya clip akaba ari aya





1 commentaire:

  1. Ntazosubire kwitaba aba voyoux bategura show babanje kugwatiriza ibintu.Yverson & Jockas

    RépondreSupprimer

Ivyiyumviro vyanyu birakenewe