mercredi 29 octobre 2014

kubera amafoto ya Samantha ubu asigaye azwi cane kurusha ( amafoto )

umuririmvyikazi samantha numwigeme akiri muto, uyu mukobwa rero amenyakana kubera inyambaro yiwe, namafoto sexy akunda kwifotoza.
uyu mwigeme kandi akaba yararirimvye muwihiganwa primusic ryumwaka uheze wa 2013.
uyu mwigeme ntanubwo akunda gusohora indirimbo ariko akama yavuzwe cane, benshi bakibaza niba aba ashaka show bizz, kubera tubimenyereye mubastar benshi bo hanze ko nabo bakunda kwifotoza bambaye ubusa kugira bavurwe cane, aho twovuga nka Rihanna nabandi benshi. samantha rero nawe niko ameze, burundi hit yaserukiye kwifoto yumukobwa asa na Samantha uwo mukobwa yambaye ubusa. ariko haboneka amabere gusa, ariko uravye kwifoto biraboneka ko bishobora kuba ari inyambaro yimico yohanze, nko mubihugu bitandukanye. ariko rero uravye neza wogira ni Samantha kubera barasa, ariko ushobora gusanga ari nawe da, kubera ugiye mugihugu co hanze, nawe utegerezwa kwiga iyo mico yabo, ushobora gusanga ari samantha yagiye hanze, aca ashikira mumico yabanyamahanga. ariko nawe urabe neza iyo foto ubona badasa ? niba atari Samantha ariko en tout cas barasa.

raba ifoto

                                          ubona badasa ? amatama, amaso, akamwenyuro ......
                                                    iyi niyo aheruka gufata haraheze nkamezi nkatatu

dimanche 26 octobre 2014

Ashley Girukwishaka yambaye ubusa. ( amafoto )

aya namafoto mashasha yumuririmvyikazi Ashley diva canke ashley girukwishaka.
aya mafoto akaba yatangaje benshi. uravye neza urabona ko atagakifatisho kamabere yari yambaye.


lundi 6 octobre 2014

Concert satura amabafle ( amafoto )

ejo mu giteramo ca Sat b cari citiriwe izina satura amabafle, amatwi adusumira ngo cagenze neza cane, naho muntango zico giteramo ngo habaye ibibazo, aho aba police bari bagihagaritse, kubera ataruhusha bari bafise, ariko munyuma bigatunganywa. igiteramo kikaba caciye gitangura neza, cane, tukaba twabaronkeye amafoto yafashwe ninzu akoreramwo yitwa african sound record.
nitwaronka vidéo naho tukaba tuzoca tuyibagezaho ubwonyene, ba muraraba kumafoto yukuntu cagenze


                                            aha Sat B arikumwe numugore wiwe Nelly sat
                                          Nelly Sat ariko araramutsa abafana ba Sat B
                                          Sat B ariko ariyerekana urweze
                                          umurwi bestelife music nabo ngo bashimishije benshi

                                         Uyu Mukobwa yaravyinye ngo abantu bagira ubwoba
                                        Adidjoe nshimi nabavyinyi biwe, baraciye ibintu biracika
                                       umwigeme Annick kabatesi nawe akaba yari yaje gushigikira Sat B mugiteramo

vendredi 3 octobre 2014

Big fariouz na Matabaro bariko barakora amasanamu yindirimbo yabo ( amafoto )

Big fariouz na matabaro bariko barakora amasanamu yindirimbo yabo bise feelings. iyo ndirimbo ikaba izobonekamwo umukobwa azwi kwizina rya Inès musabe aheruka kuboneka muri changu ni changu ya matabaro na R-flow. big fariouz rero muri make nkuko tugenda dukurikirana umuziki ndundi, Big afriouz afise bishasha muzobona, aho twovuga nka whats my name hamwe chinetteyakoranye na q boy, izo ni clip zishasha ziri munzira hamweniyo arikumwe na matabaro. kandi akaba aheruka no kuvuga mu kiganiro yahaye indundi magazine yuko aduteguriye vyinshi.
raba amafoto






umviriza indirimbo bariko barakorera clip

Lady gaga ariko ariyandikako ( tatouage ) ikindi gicapo kumuburi yambaye ubusa (amafoto )

umuririmvyi Lady Gaga yasohoye ifoto ariko ariyandikako ikindi gicapo kumubiri, uravye iyo photo rero abamucapako ico gicapo niba biri umwe umubona inyuma ya Lady gaga ariko bakaba baciye bamuca umutwe kwifoto, kandi uwo mugabo yari inyuma, Lady gaga nawe ntanisiripe yari yambaye.
kandi Lady gaga akaba aheruka no gukora igiteramo mugihugu ca Belgique mubisagara bibiri ariko Bruxelles na Envers.

raba amafoto


jeudi 2 octobre 2014

Umuririmvyi Elly's Boy numwigeme wumukinyi (actrice ) muma clip yabarundi. ( ingwano )

muri iyi minsi niho compte zikorera iyi blog ariyo Menya amakuru abastar, ibivurwa mubastar, Menya amakuru promoted, Trace Tv ndundi, ayo nama compte akorera iyi blog burundihits.blogspot.be

muri izi compte facebook menya amakuru na Ibivurwa mubastar bashize kuri facebook ifoto ya Elly's boy na Divine ngendabanka barikumwe, bandika ngo new couple, babaza abakurikira izo compte ngo mubona bataberanye ?
aho rero abo bastar babonye iyo foto nivyo vyanditse, baca barahaguruka ngo nibinyoma ntabwo turi murukundo, Elly's boy wewe ishavu ryamunize, ngo bimwe biteye ubwoba mumakuru yatanze kukinyamakuru ndundi citwa duteze imbere umuziki muburundi. gushika nubu Elly's Boy yashavuye cane bimwe birengeje, cokimwe na Divine ngendabanka.
ikibazo burundi hit ifise, boshavura gushika iyo ngo nuko babavuze ko bakundana kandi badakundana ?
canke bashobora kuba hari ikintu bapfa hagati yabo.

raba amafoto yabo yavyuye iyo ngwano


ushobora gukurikina ibivurwa mubastar, nibindi vyinshi kuri facebook uciye kuri zino compte facebook
Menya amakuru abastar, Ibivurwa mubastar, Burundi Hit, Trace Tv ndundi na menya amakuru promoted.