nitwaronka vidéo naho tukaba tuzoca tuyibagezaho ubwonyene, ba muraraba kumafoto yukuntu cagenze
aha Sat B arikumwe numugore wiwe Nelly sat
Nelly Sat ariko araramutsa abafana ba Sat BSat B ariko ariyerekana urweze
umurwi bestelife music nabo ngo bashimishije benshi
Uyu Mukobwa yaravyinye ngo abantu bagira ubwoba
Adidjoe nshimi nabavyinyi biwe, baraciye ibintu biracika
umwigeme Annick kabatesi nawe akaba yari yaje gushigikira Sat B mugiteramo
Aucun commentaire:
Enregistrer un commentaire
Ivyiyumviro vyanyu birakenewe