vendredi 3 octobre 2014

Lady gaga ariko ariyandikako ( tatouage ) ikindi gicapo kumuburi yambaye ubusa (amafoto )

umuririmvyi Lady Gaga yasohoye ifoto ariko ariyandikako ikindi gicapo kumubiri, uravye iyo photo rero abamucapako ico gicapo niba biri umwe umubona inyuma ya Lady gaga ariko bakaba baciye bamuca umutwe kwifoto, kandi uwo mugabo yari inyuma, Lady gaga nawe ntanisiripe yari yambaye.
kandi Lady gaga akaba aheruka no gukora igiteramo mugihugu ca Belgique mubisagara bibiri ariko Bruxelles na Envers.

raba amafoto


Aucun commentaire:

Enregistrer un commentaire

Ivyiyumviro vyanyu birakenewe