umuririmvyikazi samantha numwigeme akiri muto, uyu mukobwa rero amenyakana kubera inyambaro yiwe, namafoto sexy akunda kwifotoza.
uyu mwigeme kandi akaba yararirimvye muwihiganwa primusic ryumwaka uheze wa 2013.
uyu mwigeme ntanubwo akunda gusohora indirimbo ariko akama yavuzwe cane, benshi bakibaza niba aba ashaka show bizz, kubera tubimenyereye mubastar benshi bo hanze ko nabo bakunda kwifotoza bambaye ubusa kugira bavurwe cane, aho twovuga nka Rihanna nabandi benshi. samantha rero nawe niko ameze, burundi hit yaserukiye kwifoto yumukobwa asa na Samantha uwo mukobwa yambaye ubusa. ariko haboneka amabere gusa, ariko uravye kwifoto biraboneka ko bishobora kuba ari inyambaro yimico yohanze, nko mubihugu bitandukanye. ariko rero uravye neza wogira ni Samantha kubera barasa, ariko ushobora gusanga ari nawe da, kubera ugiye mugihugu co hanze, nawe utegerezwa kwiga iyo mico yabo, ushobora gusanga ari samantha yagiye hanze, aca ashikira mumico yabanyamahanga. ariko nawe urabe neza iyo foto ubona badasa ? niba atari Samantha ariko en tout cas barasa.
raba ifoto
ubona badasa ? amatama, amaso, akamwenyuro ......
iyi niyo aheruka gufata haraheze nkamezi nkatatu
Aucun commentaire:
Enregistrer un commentaire
Ivyiyumviro vyanyu birakenewe