Umuririmvyi Sal G Gihozo, nyuma yaho asohoreye clip yindirimbo Ntuziyuja, ubu naho akaba ariko arakora clip nshasha yindirimbo yiwe nshasha, nkuko twabibonye kuma foto yakoresheje umukobwa tutari bwigere tubona, numwigeme biboneka ko akeye, kubwiza nubwo tutarabasha kumumenya amazina, ariko tuzoteba tumumenya amazina amaherezo kugira tuzoze turabashikiriza amakuru y'ubuzima bwiwe. raba amwe muma foto yiyo ndirimbo ariko arakorera amasanamu
menya vyinshi hano Burundi-Hit
Aucun commentaire:
Enregistrer un commentaire
Ivyiyumviro vyanyu birakenewe