mu Gisagara ca Bujumbura ubu abantu umutima wabavuyemwo kubera kutabona Lolilo, nkuko inkuru tuzikura kuri facebook, ngo lolilo kuva mugitondo cuyumunsi, bamwe babonye Lolilo yurira indege, atanumuntu numwe yarabizi, aho imbere ko abantu ngo bamubona abamenyeshamakuru bi bujumbura bamwe baramuhiga mugisagara ca Bujumbura kugira barabe ko bomubona kubera umutima wari wavuyemwo abantu benshi ngo Lolilo arihehe. kuva aho ngo abantu bamwe bamubona yurira indege ntamumenyeshamakuru numwe yabashije kumubaza iyo yoba agiye, kubera yagiye kabunyoni ( atamuntu numwe abwiye yihishije ) kuko kuma compte facebook amwamwe akorera ngaha i Burundi, yatanguye yikeka ko ngo yoba asubiye mugihugu cububiligi, canke atinye igiteramo yoririmbanye na Diamond, ikintu tutashoboye kumenya, ntitwashoboye kubona inkuru ivuga niba yoba yajanye numu copine wiwe Loliane.
inkuru iracabandanya gutohozwa.
Lolilo arikumwe numu copine wiwe Loliane.
Menya vyinshi hano Burundi-Hit
Aucun commentaire:
Enregistrer un commentaire
Ivyiyumviro vyanyu birakenewe