jeudi 4 décembre 2014

Divine ngendabanka amafoto ya danger yifotoje mumuduga ( amafoto )

Umustarkazi azwi cane muma clip vidéo ndundi, azwi kwizina rya Divine ngendabanka, numukobwa afise uburanga bukomeye, azwi mubakobwa beza bafise numubiri mwiza nigisusu kinini, mubakobwa bahano i Bujumbura, uwo mwigeme rero igihe cose yama yatangaje abantu bose kukuntu yifata neza muma clip haba nomukwifotoza, tumenyereye benshi mubakobwa babarundi batinya kwifotora amafoto sexy, ariko Divine ngendabanka wewe niko yimereye, aheruka no kuvuga ngo niba utankunda ukondi ntakundi, kubera twese hano kwisi turatandukanye.
raba amafoto hano aheruka kwifotoza mumuduga



Menya vyinshi hano /Burundi-Hit

Aucun commentaire:

Enregistrer un commentaire

Ivyiyumviro vyanyu birakenewe