umuhinyanyuzi wama clip vidéo black artur akorera munzu yiwe yitwa Akaga Vidéo, mukiganiro yahaye Ikirere show, yavuze ibintu vyatangaje benshi. kuko benshi bari bazi ko atanzoga anywa ariko munyuma abantu bakabona ariko arinywera primusic, niho ikirere caciye kimukorera ikiganiro ngo abwire abantu igituma, niho yavuze ijambo ryatwengeje abantu benshi, Black artur akaba yavuze ati : Abavyeyi bavuga ngi umwansi wambere ninzoga, Imana nayo ikavuga ngo Kunda abansi bawe.
Hirya yejo niho twabonye ashize kuri facebook yiwe, igitigiri cama clip ariko arakora
raba interview yakoze na ikirere show
Aucun commentaire:
Enregistrer un commentaire
Ivyiyumviro vyanyu birakenewe