mercredi 3 décembre 2014

Alida baranyizigiye : ubu sinzosubira nabonye inzira nziza

umuririmvyikazi wumurundi Alida baranyizigiye ubu ngo ntazosubira gukorera indirimbo za gifans, ( prefans ) ubu rero ngo agiye kuzoza arikorera indirimbo zihimbaza imana gusa, ntitwamenye ikintu coba catumye kimuhindura. ariko tuvyihweje mumezi yaheze, igihe primusic yarangira, yabonetse muri studio ya african sound record ariko arakora indirimbo yaborewe neza, bikaba vyaraboneka nukuntu yarameze nkuwushushe cane, aho no kuraba camera yuwamubaza ibibazo yamengo ntamubona neza. benshi mubastar twebwe dukunze kwumva yuko umustar iyo agiye muri studio kugira akore indirimbo neza arindwa kunywa akayoga kugira ayumve neza, muma écouteur. ariko ivyo tubizi mumiyabaga be nabaraperi ariko si bose, benshi barabikora. Alida nawe twaciye tubona muri studio afise akayoga. ivyo bishobora kuba arivyo vyatumye aca atangura kuririmba indirimbo zimana ubu.
tukaba twebwe vyadushimishije kubona agiye kuririmba indirimbo zihimbaza imana.


raba vidéo ari muri studio vyoba arivyo vyatumye ahinduka agatangura kuririmba indirimbo
zihimbaza imana.
menya vyinshi kuri https://www.facebook.com/pages/Burundi-Hit/1432530340294459?fref=ts

Aucun commentaire:

Enregistrer un commentaire

Ivyiyumviro vyanyu birakenewe