amafoto twabashije kuronka mugiteramo cari categuwe na Ikon. hakaba habonertse intambo za danger nivyino zikomeye, aho habonetse umukobwa yavyiniye happy famba hamwe nabantu bagira ubwoba. Abantu bagiye muri ico giteramo baravuga yuko igiteramo muri make cagenze neza cane, ntawatashe yidoga. kandi bakaba baririmba mubwoko bwa Live ( kuririmbana nijwi ryawe bwite ata ndirimbo uririmbirako ) hakaba harabonetse ninyambaro ( style ) yumukobwa Natacha. raba amafoto hano
uyu mwigeme yaravyinye neza cane, hamwe nabantu bemera
aha ariko aravyinira Happy famba
Inyambaro ya Natacha yatangaje benshi.
Aucun commentaire:
Enregistrer un commentaire
Ivyiyumviro vyanyu birakenewe