umuririmvyikazi Ashley Diva canke Ashley girukwishaka akiriko aratera imbere mumuziki, akaba atarasohora indirimbo nyinshi ariko izo amaze gusohora zose zikaba zagiye zirakundwa, kurubu uwo mukobwa nkuko vyagiye biravurwa hirya no hino akinjira mumuziki yuko uwo mukobwa aje guhindura vyinshi mumuziki, aho twari tumenyereye atabakobwa benshi i burundi dufise bakora umuziki, ashley akaba yaciye ashika mumuziki, kandi bikaba biboneka cane ko azananye imbaraga, kubera ubonye aho ageze biraboneka ko ashaka gushika kundoto ziwe.
uwo mwigeme rero akunzwe muri iki gihe niho page yacu
BurundiHit yaserukiye kumafoto yiwe yifotoje yambaye ubusa.
ayo mafoto akaba yabonetse aho aherukira gushira ifoto yiwe kuri facebook ifoto itangaje avuga yuko ari clip vidéo nshasha, nyafoto ikaba yatangaje benshi aho benshi bbagiye baravuga yuko iyo clip izoba imara ishobora kuzoba ari iya danger.
raba ayo mafoto yiwe yamabaye ubusa hano
raba clip vidéo yiwe yambere yakunzwe cane
abaririmvyi bamwe bamwe barasarisha. kwambara ubusa ntibibaha iteka bari bakwiye kwambara bakikwiza.
RépondreSupprimer