Divine ngendabanka, numwigeme wumukinyi ( actrice ) muma clip vidéo yabarundi, uwo mwigeme rero ubu niwe avurwa cane buja no mbuga nyinshi za internet zikorera i Burundi. uwo mukobwa rero numukobwa kubera ubwiza bwiwe, yipfuzwa nabahungu benshi. ninawe mustar afise incuti nyinshi kuru facebook, ubu ahubwo abantu benshi basigaye bamwita Nicki minaj du burundi kubera inyambaro yiwe. Divine ndendabanka rero kubera ubwiza bwiwe, numubiri mwiza, abaririmvyi benshi bakunda kumukoresha muma clip yabo, na fizzo akaba atatanzwe, yaramubonye at : nanje sinogenda nanje ntamushize mwi clip yanje. aca amukoresha muri clip yayandirimbo yiwe Ndakumisinze. Kandi bivurwa yuko ariwe mukobwa afise igisusu kinini mubakobwa ababstar bahano i Burundi.
raba amwe mumafoto yiwe
raba imwe muma clip yabonetsemwo
Aucun commentaire:
Enregistrer un commentaire
Ivyiyumviro vyanyu birakenewe