mercredi 5 novembre 2014

isabukuru ryamavuko ya chany queen ryagenze ukuntu kubera ububorerwe ( amafoto )

Inkuru yabaye kwisabukuru ryumuririmvyikazi Chany queen ni danger.

ukuntu rero vyagenze, mumafoto yabonetse kuri facebook ya mkomboz bariko barishimana lolilo, chany queen, loliane, dj théo na mkomboz, yariko arashirwako na Chany queen, akija kuri facebook ya mkomboz abantu baribajije ati : noen se nisabukuru ryande ko Mkomboz atari izi tariki, vyagenze gute ? kumbe rero amafoto yariko arashirwaho na Chany queen, nkuko bivurwa rero ngo chany queen yaranyoye inzoga nyinshi kuburyo akoresha itelefone ya Mkomboz ngo ashire amafoto kuri facebook yiwe, hama ntiyabona ko ariko arakoresha compte ya Mkomboz.
mumafoto biraboneka ko Mkomboz yari yishimishije na chany queen aho kumafoto biboneka ariko aramuvynisha, ikibazo dufise, twari tuzi ko nyuma yaho chany queen batandukanye na lolilo ko batasubiriye kuvugana, kubera bari barashwanye bimwe bikomeye, ariko ubu kumafoto tukaba tubona chany queen ariko araha aka bisous kwitama rya lolilo. boba batanguriye kwumvikana aho nyene. mumafoto yafatiwe aho mwihimbazwa ryiyo sabukuru ya chany queen, tukaba twabonye nifoto chany queen ariko arasomana kumunwa na Loliane. none ivyo vyose vyabaye R-flow umukunzi wa chany queen atawuhari ? canke chany queen yaramaze gutandukana na R-flow ?

ivyo nibibazo turindiriye ko hazogira nkumumenyeshamakuru abibabaza.

raba amafoto  

                                                chany queen na Mkomboz !!!!!

                                         ibi vyatangaje benshi, kubera tuzi ko chany queen na lolilo bari bankana
                                         ariko uwo munsi barishimanye. ariko twebwe tukaba tubishimye
                                         kobavugana.
                                        Chany queen na Loliane
                                         bifotozanya uko bari abne, bari mumunezero

                                         iyi niyo foto rero abantu yatangaje cane, kubona basomana ari abakobwa
                                         bose. ntituzi niba arinzoga zabiteye canke niba ari babakobwa baryamana
                                         basangiye ibitsina. hama none R-flow nawe yoba abivuga kwiki ?
                                    

Aucun commentaire:

Enregistrer un commentaire

Ivyiyumviro vyanyu birakenewe