umukinyi wo muma clip vidéo ndundi, azwi wkizina rya Inès musabe, azwi nko mundirimbo feeling ya matabaro na fizzo, canke changu ni changu ya matabaro na R - flow. muri iyi minsi yari yavuye kuri facebook, abantu benshi bakaba bari bibajije niba ari facebook yoba yari yablotsé facebook yiwe, ariko unomunsi ikaba compte yiwe yaciye iboneka. niho yaciye ashira amafoto mashasha kuri afcebook yiwe, ariyo yaya mubona hasi. uyu mukobwa rero abantu benshi abakaba bamukundira ko yambara neza, kandi akifata neza muma clip hamwe ubona clip imeze neza, kandi bamukundira namubucirirane bwumubiri wiwe. ntabwo yonje kandi ntabwo avyibushe. kandi Inès musabe akaba ari mubastarkazi bipfuzwa nabahungu cane gose, kubera akora amafoto yurukuruzi. ( attirantes )
raba amwe mumafoto yiwe mashasha
Aucun commentaire:
Enregistrer un commentaire
Ivyiyumviro vyanyu birakenewe