jeudi 2 octobre 2014

Umuririmvyi Elly's Boy numwigeme wumukinyi (actrice ) muma clip yabarundi. ( ingwano )

muri iyi minsi niho compte zikorera iyi blog ariyo Menya amakuru abastar, ibivurwa mubastar, Menya amakuru promoted, Trace Tv ndundi, ayo nama compte akorera iyi blog burundihits.blogspot.be

muri izi compte facebook menya amakuru na Ibivurwa mubastar bashize kuri facebook ifoto ya Elly's boy na Divine ngendabanka barikumwe, bandika ngo new couple, babaza abakurikira izo compte ngo mubona bataberanye ?
aho rero abo bastar babonye iyo foto nivyo vyanditse, baca barahaguruka ngo nibinyoma ntabwo turi murukundo, Elly's boy wewe ishavu ryamunize, ngo bimwe biteye ubwoba mumakuru yatanze kukinyamakuru ndundi citwa duteze imbere umuziki muburundi. gushika nubu Elly's Boy yashavuye cane bimwe birengeje, cokimwe na Divine ngendabanka.
ikibazo burundi hit ifise, boshavura gushika iyo ngo nuko babavuze ko bakundana kandi badakundana ?
canke bashobora kuba hari ikintu bapfa hagati yabo.

raba amafoto yabo yavyuye iyo ngwano


ushobora gukurikina ibivurwa mubastar, nibindi vyinshi kuri facebook uciye kuri zino compte facebook
Menya amakuru abastar, Ibivurwa mubastar, Burundi Hit, Trace Tv ndundi na menya amakuru promoted.

Aucun commentaire:

Enregistrer un commentaire

Ivyiyumviro vyanyu birakenewe