samedi 26 octobre 2013

indirimbo nshasha ya Junior arikumwo na Solange na FIFI - K

Umuraperi Junior numusore wumurundi akorera umuziki muri belgique. uwo muraperi akaba ayatanguye umuziki kera nko mumyaka ya 2003 ariko aca yinjira muri studio muri 2006. nkuko twagabiriye kuri téléphone atubwira ibijanye numuziki wiwe, akaba yatubwiye ko muri iki gihe ariko arakorana nabandi baririmvyi batandukanye, baramutumira agakorana nabo ( featuring ) tukaba twamuvajije igituma afise afise naba fans benshi bamushigikira kurubuga rwiwe rwa facebook, akaba yatwishuye yuko ari kubera yatanguye umuziki kera, kandi aywutanguriye i Burundi yuko yagumanye contact zincuti ziwe ndetse naba fans biwe. niho twamubaza igituma indirimbo ziwe ari featuring atandirimbo ziwe wenyene akora. akaba yatwishuye yuko ivyo arivyo agiye gukora cane, kuko abantu benshi baramusaba gukora indirimbo wenyene.  turindire iyo ndirimbo wenyene rero, tuyirindirane igishika.

                                                 Junior
                                            50 D na Junior
                                         umviriza indirimbo aheruka gukorana nabaririmvyi babarundi bitwa Solange na FIFI - k

Aucun commentaire:

Enregistrer un commentaire

Ivyiyumviro vyanyu birakenewe