unomunsi twabaronkeye indirimbo iryoshe bimwe vyakarorero. ikaba ari indirimbo nshasha yari irindiwe na benshi. kuva nomu mpera za 2014, aho kuma facebook hooose hariko haravurwa ko hari indirimbo Sat B na Kidumu boba bariko barakorana ico gihe abantu barashushe. bamwe ati nibanyarukane iyo ndirimbo intuntu ntinyice.ahubwo ubu vyasa nkaho abantu batanguye kuyibagira. , iyo ndirimbo rero nkiyironka nahise ndayifata ati sinogenda ntayisangiye nabafana ba muzika ndundi. ndavyizeye ko iza kubaryohera.
indirimbo nimuyumvirize hano
Aucun commentaire:
Enregistrer un commentaire
Ivyiyumviro vyanyu birakenewe