profil yiwe
dimanche 27 juillet 2014
Umuhinyanyuzi wama clip Kent-p ubu ari murukundo numukunzi wiwe mushasha ( amafoto )
umuhinyanyuzi wama clip azwi kwizina rya Kent - p ubu ari murukundo, aho abantu bagiye babona kuri facebook yiwe handitse ko ari en couple. ariko naho yagiye en couple ntamuntu bari en couple twigeze tubona. abantu rero bikaba vyabaturumbikiye, bamwe batangura kumubaza uwo mukunzi wiwe uwariwe, ariko ntiyishuye. ariko tukaba tubona kuri facebook ifoto akoresha kuri profil ari umukobwa tutabashije kumenya uwariwe,
profil yiwe
profil yiwe
Fizzo na Alida baranyizigiye kuri scène ( amafoto )
mu kinama habereye ibirori bidasanzwe, habonetse imyidagaduro idasanzwe, aha fizzo yavyinana na Alida mundirimbo yabo.
raba amafoto ukuntu bafavyinanye, numunezero udasanzwe.
umviriza indirimbo yabo bakoranye.
raba amafoto ukuntu bafavyinanye, numunezero udasanzwe.
umviriza indirimbo yabo bakoranye.
samedi 26 juillet 2014
Sat B yavyinishije Alida baranyizigiye bimwe vyakarorero (amafoto )
Mu Giteramo ca Primusic muri commune Kinama, habonetseyo ibitangaza. ivyino zimwe zakarorero, ikindi nabateguye primusic bishimiye, ni abantu isinzi bari bahari. kuko bavyivugiye ngo hari abantu bashika 20 000
ivyo bikaba vyashimishije abantu cane. nabafana benshi bumuziki ndundi, bakaba bavuga yuko abanyakinama bakunda umuziki, ayo namajambo abafana bagiye bavuga kuri facebook bamaze kubona ayo mafoto, kubera abantu benshi bari bahari rero, abaririmvyi nabo baciye bashuha, barashusha abantu bari bahari ntintuguta irabira. ikindi kintu catangaje abantu, umuririmvyi Sat B na Alida mundirimbo yabo bayivyinye, mamaweeeeeeeeee!!!!!!! tukaba twaronse uburyo bwo kubaronkera amafoto
abafana bari benshi utoraba

Intambo zidasanzwe muri Primusic ( amafoto )
nkuko bizwe ihiganwa primusic ryatembereye muntara zose zuburundi, aho bagiye bakora ibikora inka,
abaririmvyi bakanitwara neza, ubu naho bakaba bari bageze muri komine ya Kinama, aho habonetse intambo zidasanzwe, abakobwa nimisore ukuntu bavyiniye abantu barumirwa.
aya namwe mumafoto yukuntu uwo mukobwa yavyinanye numusore araho.

vendredi 25 juillet 2014
Abastar hafi nkabose mwisabukuru ryumuraperi Mkomboz ( amafoto )
Umuraperi akunzwe cane i burundi, ariwe Mkomboz, kumusi wejo niho yahimbaje isabukuru ryamavuko yiwe, akaba yujuje imyaka 26. aho rero mubatumire, hakaba harimwo abastar benshi, nabamenyashamakuru bo kumuradio. ucadutangaje nuko Sharifa luna uwahoze ari umukunzi wiwe, atawe twigeze tubona mumafoto yahafatiwe, kandi abaje bose, bakaba batashe ngo bishimye, ntawatashe yidoga. Mkomboz nawe bikaba vyaramushimishije cane, kukuntu abantu bitabiriye ubutumire bwiwe. kandi tubibutse ko abakunzi bumuziki wa mkomboz, hari nindirimbo yiwe iri munzira yitwa Nzeyimana.
raba amafoto
Igga asma, Chany queen be nincuti yabo.
Dogo A na Lolilo nabo bari bahishikiye
nkuko mubibona na R-flow ntiyatanzwe
Mkomboz na Yvan Muzika
Mkomboz na Chany queen ngo ntitwogenda tutariye agafoto.
Inarunyonga nawe akaba yari yahishikiye, yambaye nagahuzu gatanga akayaga mu bushuhe
Fizzo nawe yari yahashitse.
Bindondo nawe ati sije nohahera. yahashitse imbere ya bose.
bariko barafata imfunguro
Amir pro nuyu musore wo hagati winzobe. nawe yari yahishikiye
nkuko mubibona bari banezerewe, bakoma amashi
photos : afrifame.bi

mardi 22 juillet 2014
uyu ngo niwe mustarkazi afata amafoto sexy kurusha abandi bose (amafoto )
Umukinyi wo mumasanamu yindirimbo ndundi, ariwe Inès musabe, uyu mukobwa abantu bavuga ngo niwe mustar akora amafoto sexy kurusha abandi bastar cane, kandi haba no muma clip usanga yambaye sexy. tubibutse yuko vuba mushobora kuzomubona mumasanamu yindirimbo cangu ni cangu ya matabaro na R-flow.
raba ayo mafoto yiwe hano
raba vidéo yasohoye akiririmba
https://www.youtube.com/watch?v=5_laf1lnFnk
raba ayo mafoto yiwe hano
raba vidéo yasohoye akiririmba
https://www.youtube.com/watch?v=5_laf1lnFnk
lundi 21 juillet 2014
ibintu bimwe bimwe bitangaje kuma facebook yabastar ba hano i bujumbura ( amafoto )
hari abastar babarundi bagenda kuri facebook usomye kuma facebook yabo ugasanga hariko ibinyoma, ninkaho usanga yanditse yuko aba muri za amerika kandi aba mu burundi aho vyibonekeje ko kumuririmvyi patient matabaro. raba amafoto hano
Patient matabaro ngo aba i New york muri USA
Miss Nono ngo aba i Paris muri France
Inarunyonga wewe, aranatwenza ubonye ibibazo yishuye, soma ngaho hasi.
akaba yabajijwe ngo niki uvuzekuri politike: akaba yishuye ngo
jewe sinkunda ibintu vyamafuti: politike niki ? nihuriro ryubwicanyi,... ntusubire kumbwira mwenibibintu vyamafuti. jewe nkunda kuririmba nikwumviriza umuziki.
Aha yari inarunyonga arikumwe na patrick paggio niyonkuru.
Olga nawe ngo yibera muri Brazil
Lil mafia munyonzi nawe ngo yarakoze umuziki benishirahamwe facebook.

vendredi 18 juillet 2014
Sexy Girl buja: uwundi mustarkazi avurwa ko afise igisusu kinini kurusha abandi. ( amafoto )
umuririmvyikazi ininahazwe Norette azwi kwizina rya miss nono. nawe akaba ngo ari mubakobwa babastar bashakwa cane nabahungu, kandi ivyo bikaba vyaranibonekeje mumyaka yaheze. aho yavuzweko vyinshi muma show bizz ya buja, aho yavuga ko aryamana nabahinyanyuzi kugira bamukorere indirimbo. uyu mukobwa rero akaba yamenyekanye mundirimbo nka hora nkwihoreze.
Miss nono rero akaba ari mubakobwa bafise incuti nyinshi kuri facebook, kandi nyishi akaba ari abahungu, kubera ngo arangaza abahungu. kuburyo niyo ashize ifoto yiwe kuri facebook, abayikunda baca baba benshi. kandi akaba anakunda gufata ifoto yerekana igisusu kenshi cane, abantu benshi bikabatera kwiyumvira vyinshi.bamwe bakibaza ngo kuba ari ugushaka kwerekana ko afise igisusu kinini, ariko, wewe ngo niko yifatira amafoto, abibona nkibisanzwe.
raba amafoto
raba imwe mundirimbo ziwe
https://www.youtube.com/watch?v=9edNzdxnWBY

jeudi 17 juillet 2014
Chris and junior : aba bana ubu hoho kundirimbo yabo nshasha, ndumiwe, mbega indirimbo!!!!!!!
Abana bakiri bato, aribo chris na junior basanzwe bakora umuziki, abo bana abantu benshi bakaba bashimishwa nibikorwa vyabo.aba bana rero hakaba haheruka kuvurwa inkuru ngo hari umurwiza tunga azobafasha mubintu vyumuziki, ariko uwo murwizatunga ntabwo baramutangaza. ubu rero abo bana basohoye indirimbo nshasha bise Siyoni.
yumvirize hano
yumvirize hano
mercredi 16 juillet 2014
Miss Nono. muri piscine, yagize isoni zo gufootorwa muri mayo, ahitamwo kuguma mumazi. (amafoto)
umuririmvyi Norette nininahazwe, azwi kwizina rya miss nono, yagiye muri piscine, niho yafotorwa, ariko yahise atinya kuva mumazi ngo adahava afotorwa yambaye akamayo yari yambaye. ivyo ni kuva aho havuzwe amakuru ko ari mubakobwa bafise umubiri uciriritse, uri hagati nahagati, atavyibushe kandi atonze, kandi ari ngo nomubakobwa bafise igisusu kinini.abantu benshi bakaba baripfuza kumubona yambaye iduhuzu two kuri piscine, ariko abavyipfuza ntamahirwe bagize.
raba amafoto
Lil mafia Munyonzi : iyi clip ndayituye abarundi bose.
Umuraperi Didier kwizera azwi kwizina rya lil mafia munyonzi aba mugihugu cuburirgi.
akaba aheruka gusohora clip, akaba yishimye cane kubera clip yiwe yagenze uko yabishaka.
akaba anavuga yuko clip yiwe yipfuza ko abarundi bayibona kubera harimwi ubutumwa bukomeye, nkuko biboneka muri vidéo. nkuko lil mafia aba avuga, indirimbo isigura umwana yananiranye yama yagiye kwiba kandi agiye kwiba akajana nkimbugita, ngo abantu nkabo rero ngo nukubakubita bakabaha, bakabigisha ukuntu basononera. kandi akaba amenyesha yuko ubu abantu bazobona ibintu bikomeye biva kuriwe, ngo hari nindirimbo vuba izobashikira, gusa ngo yoyo ntabwo izoba iri mubwoko bwa hip hop, ngo izoba iri mu bwoko bwa Afro-beat, mwenezirya zabani nigeria.
raba iyo clip aheruka gusohora
uyu niwe lil mafia munyonzi

vendredi 11 juillet 2014
Urukundo, nugukora cane, ubu Sat b yatanguye kubona inyungu
Umuririmvyi Sat B yamenyekanye cane mundirimbo zitanga ubutumwa nka ukuri, reka mbege nizindi ndirimbo nyinshi. uyu muririmvyi afise urukundo yisangije, nko mugukunda abana bo mwibarabara akanabaririmba. benshi mubaririmvyi batangura,umuziki bakagira nkaho bawuvukiyemwo, ariko Sat b wewe, yatanguye kuririmba ubona nomuma clip ko ari umwana wo gufasha, nukwo abantu batangura kumukunda kubera ubutumwa bwiwe. niho yagiye arakura mumuziki, aca ahura numuhinyanyu akomeye yitwa washington wumugande, barakoranye ariko munyuma baravana iyo yose yari intambwe ariko aragerako, yagiye aduga cane kuburyo buboneka. ubu naho akaba aherekeza amarushanwa yateguwe na blarudi, ihiganwa bitse primusic. ivyo vyose niteka aba ariko araronka mumuziki. tubibagiye ubu aheruka kubona urupapuro ruzomujana muri côte d'ivoir agiye guhiganwa, mwihiganwa ryitwa Kora award, iryo higanwa rikazoba ririmwo abaririmvyi bakomeye nka diamond (tanzania ) Koffi olomdé ( congo ) nabandi bakomeye, kugira atorwe kandi akaba yatowe nabafana biwe, nubu kandi akab asaba ko babandanya kumutora. naho rero Sat b ubu akaba kuri facebook yeretse abafana umwimbu wamafaranga amaze kuronka, aho yayerekana kuri facebook bamwe bibajije ngo nukwirata ariko ngo sukwirata ashaka kwereka abafana umwimbu ko ari nabo bawumuha. ubu rero Sat b akaba yaciye afata ingingo yo kwubakisha inzu nziza yabavyeyi biwe,ivyo bikaba vyashimsihije benshi, aho yayishira kuri facebook ifoto yinzu agiye gusanura, yavuze ati : amamodoka nzoba ndagura ariko ngira mbanze nsanure inonzu, abayizi bazoyiyoberwa.
raba amafoto
iyi niyonzu agiye gusanurira abavyeyi biwe.
kuva agitangura umuziki yamye akunda abana bo mwibarabara
naha namafoto yama yafatanye nabana bantaho nikora
umviriza indirimbo aheruka gusohora sat b

Inscription à :
Articles (Atom)