dimanche 10 août 2014

Alida baranyizigiye nawe yamwemeje. waouh!!!!!!!!!!

umuririmvyikazi twaheruka kera, ariwe Cynthia iteka, unomunsi niho yasohora indirimbo yahise ikundwa nabantu benshi cane, nkuko bisanzwe igihe cose iyo asohoye indirimbo. kuri ubu akaba afise indirimbo zibiri.
igihe cynthia iteka rero yasohora indirimbo ikaba yumvirijwe numuririmvyikazi wumurundi azwi kwizina rya Alida. Alida rero yagize arumviriza iyo ndirimbo yahise ayikunda nkuko yabigaragaje kuri youtube  commentaire yashizeko. kandi mwibuke ko Alida ari mubatanga amanota muri primusic, muri make ategerzwa kuba azi umuntu aririmba neza uravye mumiririmbire yiwe, mwenebabandi usanga baraciye mumashure yigisha umuziki. kandi nindirimbo za Alida zirumvikana ko zikoranye ubuhinga uravye mumiririmbire yiwe. kukuntu rero yashize commentaire kuri iyo ndirimbo ya cynthia iteka bisigura ko yamwemeje.

                       Alida baranyizigiye
                                     irya ni commentaire ya Alida akimara kuyumviriza
                                   Cynthia Iteka
   umviriza iyo ndirimbo ngaha

Aucun commentaire:

Enregistrer un commentaire

Ivyiyumviro vyanyu birakenewe