jeudi 21 août 2014

Umuririmvyi Sat B yakoze agatangaza mumafoto yafatnye nabakobwa muntara ya Gitega (amafoto )

umuririmvyi agezweho muri iyi minsi ariwe Sat B, aho ihiganwa primusic riheruka kubera muntara ya Gitega, yakoze agatangaza, aho yafata amafoto nabakobwa beza, hamwe nawe  biboneka mumaso ko yishimanye nabo. ari umunezero udasanzwe. no kumafoto utaravye neza mumaso ntabwo womenya ko ari Sat B . aho rero ubonye Sat B wogira ariko araresha, benshi rero bakaba baribajije ngo sat b ntabwo ashobora kuresha inkumi kandi afise umugore. incuti za Sat B za hafi zikaba zivuga ngo muri iyi minsi ameze kuwushushe mubakobwa mubiteramo agendamwo. ariko kubwa burundi paparazzi birasanzwe kubera umuririmvyi niko ategerezwa kumera kubera biri mukazi kumuziki. ariko hari vidéo iheruka kuboneka hirya no hino Sat B ariko arakorakora kugisusu cumukobwa, uwo mukobwa yaravyinye yambaye akantu kabonerana, hamwe nigitsina caboneka gato, uwo mukobwa ariko aravyina akaba yafirimwa na Sat B nyene, Sat B yagize ameru atangura kumukorakora, umukobwa aramwemerera, Sat b none atangura kumanura kaga collant yari yambaye, wamukobwa abonye ukubokogutanguye kugakorora, umukobwa aca arataruka.

                                           aha Sat B yishimanye cane nabano bakobwa
                                          aha naho Kent-p akora ama clip ngo siwe yohahera.

                                                uyu niwe mugore wa Sat bakaba banamaze kuvyarana umwana
                                                 ariwe wuyu, bise Leila.
   raba iyo vidéo itashimisheje

Aucun commentaire:

Enregistrer un commentaire

Ivyiyumviro vyanyu birakenewe