mardi 26 août 2014

Rwanda : umuntu yigonda nkinzoka ( amafoto )

Mugihugu gituranyi cu Rwanda, hibonekeje umuhungu yigondagonda bimwe biteye ubwoba, akaba ari amafoto twakuye kukinyamakuru gikorera ngaho nyene mu Rwanda kizwi kwizina rya Inyarwanda.com.
uwo muhungu rero akaba yabikoze ari mwifatwa ryamasanamu yindirimbo yumurwi uririmbira ngaho nyene mu Rwanda uzwi kwizina rya Urban boyz. kandi nuwo murwi uririmba ukaba uheruka kuza i burundi sinzi niba muwibuka. raba nawe uwo muhungu hano
                                      ndabira nawe  !!!!!
                                 wogira ntagufa afise.

                              aba nibo bagize umurwi Urban boyz. no mu rwanda bivurwa ko ari abambere
                              mubastar bafise abafana benshi.


Aucun commentaire:

Enregistrer un commentaire

Ivyiyumviro vyanyu birakenewe