Umuririmvyikazi benshi basanzwe bazi kwizina rya Alida, azwi no mundirimbo zimwe zimwe yagiye akorana nabastar bahano i bujumbura, aho twovuga nka Sat b, big fariouz na Olga. Alida rero akaba ari umugore wabana babiri niba tutihenze, nkuko twagiye tubitohoza. Alida rero akaba yari yaratowe mwihiganwa rya brarundi yise primusic, akaba yari yahawe ububasha bwo gutanga amanota nabandi bagenzi we. abatanga amanota bakaba bari batatu harimwe na Alida. Alida rero uramubona ukabona ko ari umugore wicubahiro, akuze biboneka ko amaze gukura ( umugore ) naho tutabashije kumenya imyaka yiwe.
Alida rero niho yaturumbukiye abantu ashira ifoto yiwe kuri facebook, yitunze intoke zibiri kumusaya wiwe, nkaho ashaka kwirasa, nkakurya umuntu yifatiyeko ipisitoré. ivyo rero bikaba vyatangaje bamwe bamwe, bati none ko mwenizo foto zimenyerewe gufatwa nimiyabaga vyagenze gute ? natwe bikaba vyadutangaje.
raba ifoto niyo yo hasi yanyuma
aha bariko baratanga amanota muri primusic.
niyi foto yifotoje yitunze intoke kumusaya nkuwugomba yirase.
raba clip yindirimbo aheruka gusohora
Aucun commentaire:
Enregistrer un commentaire
Ivyiyumviro vyanyu birakenewe