Sharifa Luna numwigeme yamenyekanye muma clip ybarundi, nyishi cane, aho yavuzweko vyinshi muma show bizz ndundi. akaba yari murukundo numuraperi Mkomboz. urukundo rwabo rwari rukomeye, eka ntawari kwibaza ko bazotandukana. ico gihe hari nko mumpera za 2013 niho batandukana. imbere ya vyose, barakundanye hama barashwana, kuma radio no kuma site web yabarundi bakavuga yuko bari bapfuye ukugenda muri boite de nuit kwa Sharifa Luna kandi Mkomboz atanabizi. nibindi vyinshi. aho rero barashwanye bivurwa hafi nkahose kumaradio, abafana ba mkomboz bakama bamubwira ngo niyihangane azoronka uyundi. icogihe bagikundana sharifa Luna yahise yandikako izina rya mkomboz ( Hasta ) kwibere ryububamfu. ari naho abantu batangaye. bamwe bakamubwira yuko itatowaje itahanagurwa, ariko kenshi iyo uri murukundo mwenivyo ntuvyumva yuko hashobora kubaho umunsi mugatandukana. ubu rero baratandukanye itatowaje arayiraba igaca ituma yiyumvira mkomboz, ubu bikaba bivurwa yuko afise umukunzi ariko tukaba tutaramumenya.
uku niko yari yiyandikishije kwibere.ryiwe.
aha bari bari murukundo rwa danger, sharifa luna mbere akaba
yari yiyita Mkombozine.
Aucun commentaire:
Enregistrer un commentaire
Ivyiyumviro vyanyu birakenewe