umuririmvyikazi Samantha yatangaje incuti ziwe kuri facebook, aho ejo kumugoroba yashize amafoto yambaye ijip ifise iasura ishika hejuru kuburyo iyo pasura yerekana ko atasiripe yambaye.
ayo mafoto rero yayashizeko nyuma yaho atahukanye udushimwe tumwe tumwe yahawe muri topten tube award ya radio Bonesha fm. bikaba vyabonetse ko yariko arahimbaza umunsi mukuru wubwo bushimwe.
nikinyombwa benshi bakunze gukoresha iyo banezerewe arico bita champagne mugifaransa.
ariko ayo mafoto naho yayashizeko haheze iminota mike, aca arayafuta, ashobora kuba yamuteye isoni. ariko ntamahirwe yagize yo kuyakurako imbere ya Burundi Hit ko iyafata.
( ivyo bikaba biheruka kuba kumuririmvyi wumunyamerika Chris brown yashize ifoto yurukozasoni kuri instagram yaiwe yuma yimunota aca arayifuta ariko aba paparazzi bo muri amerik bari bamaze kuyifata nkejo )
raba amafoto
Aucun commentaire:
Enregistrer un commentaire
Ivyiyumviro vyanyu birakenewe