lundi 4 août 2014

Inkuru ibabaje : Guido yaraye yitavye imana (amafoto )

umutama akomeye muma film ndundi ndetse bikaba vyanavurwa ko ariwe yararongoye menya media studio.
nkuko Burundi Hit ikunda gutohoza ibibera hirya nohino mubastar, niho twabonye umuririmvyikazi Sybille cishahayo yandika kuri facebook yuko yitavye imana. nkuko mubizi twebwe ntabwo turi aba journaliste, dufata ibintu biba vyasohotse mubastar, ntabwo tugenda ngo twegere umustar tumubaze amakuru yiwe.bon breef. iyi nkuru rero tukaba twayisanze kurubuga rwa facebook ya sybille cishahayo, nkuko cishahayo yabivuga ngo ubucuti bari bafitanye bwari burenze ubucuti, nibintu nkavyose nuwo mutama yabimwigije, ico ari ubu agikesha Guido uwo mutama, Guido rero  ngo yapfuye avuye muri voyage yari yagiyemwo mu burundi no mu Rwanda aho yari yagiye kuraba abakinyi bama film kubera uwo mutama akora ibintu vyama film benshi baramuzi ariko ntabwo akina film ari mubazihinyanyura, akaba yari namukuru wishirahamwe ryiwe ryitwa afrikafilm. kurubu rero ntituramenya icamwishe, turacabandanya tubarabira uko vyifashe.

                                            Sybille cishahayo

                                                      Guido yitavye imana.
raba vidéo yaheruka gukora avuga imigambi afise
https://www.youtube.com/watch?v=GFf1hcDWV1w

Aucun commentaire:

Enregistrer un commentaire

Ivyiyumviro vyanyu birakenewe