umuririmvyi Wigihangange mumuziki ndundi. kurubu akab ari umuririmvyi akunzwe cane muburundi ndetse no hanze. ni numuririmvyi azwi muma show bizz, aho yagiye avurwa cane, nko muma beef, munkundo, nibindi. uyu muririmvyi rero nkuko yatanguye umuziki tubona, anakurira mumuziki tumubona, iyo tubonye ahantu ageze ubu, duca twibuka ukuntu yatanguye umuziki, turibuka indirimbo nyishi yagiye aririmba agitangura zakunzwe cane, aho rero hari nko mu myaka ya 2006, 2007 uko. aho yasohoye clip ya mbere yindirimbo nyene yambere kuri internet ariyo yise Ikosa.
ico gihe iyo ndirimbo igishika kuri youtube, bandikako ngo umuririmvyi mushasha wo gushigikira.
aha yari atanguye kuronka abafana benshi, kurubuga rwa facebook
na Sat B vyaramutangaje ukuntu yakunzwe mumwanya muto.
ubu raba aho ageze
raba iyo ndirimbo twatanguriyeko kumubona kuri internet
Aucun commentaire:
Enregistrer un commentaire
Ivyiyumviro vyanyu birakenewe