raba iyo clip hano
dimanche 10 août 2014
Ibitangaza kumuririmvyi Mt number one ( amafoto na vidéo )
umuririmvyi Mt number one asanzwe akorera umuziki muri amerika ariko akaba aheruka i burundi aho yari yaje azanye nibikoresho vyo kwugurura studio nshasha i bujumbura, ariyo Indonyi record ikoreramwo umusore azwi kwizina rya masterland pro. ubu rero Mt number one aheruka gusohora clip yindirimbo mwiza wanje, yashimishike benshi, aho iyo ndirimbo itandukanye nimidiho yahora akora. iyo ndirimbo ikaba iri mumudiho wimico kama ya kirundi. akiyisohora abantu bakaba barishimye cane, ndetse na mt number one bikaba vyaramushimishije ukuntu abantu bayikunze. hakaba habonekamwo mwumukobwa mwiza tukaba twarashatse kumumenya, ariko twumva bivurwa ko ari umurundikazi. akora ibintu vyama model. nuyo mukobwa aba ngaho muri amerika nyene.
raba iyo clip hano
raba iyo clip hano
Inscription à :
Publier les commentaires (Atom)
Aucun commentaire:
Enregistrer un commentaire
Ivyiyumviro vyanyu birakenewe