jeudi 12 décembre 2013
mardi 10 décembre 2013
Thity Love : Ndanezerewe caaaaaane !!!!!!!!
Umuririmvyikazi Thity love ivyshimo afise kubera indirimbo '' dukundane ''yiwe nshasha ngo ntiworaba. nkuko benshi bamaze kwumva indirimbo yiwe aherutse gusohora. i gihe yayisohora ngo kuva ico gihe ariko arabona ivyiza gusa. Igihe twaganira akaba yatubwiye ko yatangajwe nukubona abanywanyi ba Léo baronka Ubutumwa (message ngo nibumvirize iyi ndirimbo ya Thity love. nawe rero ngo ntabwo arabitahura ingene Léo yomugirira promotion thity love atanabizi, ngo akibibona yarishimye cane birenze. hama turiko turaganira twaciye numubwira ati : none ko indirimbo yawe kuri site indundi.com iriko iraca ibintu muminsi mike itanashika 3 isohotse ikaba imaze kwumvirizwa nabantu bashika 6 000 nabandi, wavyakiriye gute ? Thity love aratangara ngo ngwiki ? , araraba asanga nivyo aca araryoherwa nubundi atubwira ngo arumiwe. ngo ubu rero agiye gupromotinga indirimbo ziwe cane. ubu rero agiye kwamamaza indirimbo kuri indundi kuburyo indirimbo yiwe iba indirimbo yukwezi kuri indundi.com
Thity love
Umviriza iyo ndirimbo yiwe nshasha yise Dukundane
http://indundi.com/news/page/37530/download-new-audio-dukundane-by-thity-love
ushobora kudusanga no kuri facebook kanda kuri iyi page hama ugire Like
https://www.facebook.com/#!/MenyaAmakuruPromoted?fref=ts

dimanche 8 décembre 2013
Kook-k nabavyinyi biwe bafise ubucupe bumeze cokimwe.
Kook-k mu Giteramo ciwe yari yise Princess Keryin ari nawe munsi wari umunsi wo kwerekana Clip vidéo yindirimbo yiwe yitwa Princess keryin. hakaba habonetse ubucupe bwabavyinyi biwe bumeze kimwe, nkagacube ka Kook-k nyene. raba ifoto niyi
mercredi 4 décembre 2013
Yoba ari couple nshasha mumuziki wiburundi ?
raba iyi niyo foto twafashe kurubuga Bujahit.com
abantu boba bibaza ko yoba ari couple nshasha.
lundi 25 novembre 2013
Lil kim yerekana igitsina ciwe kuri scène ariko araririmba
Umuraperikazi akomeye mu gihugu ca USA, yabonetse kuri scène ariko aririmba yambaye akabutura kerekana igitsina ciwe. abantu bakaba baratangaye niyo nyifato. abantu bakaba baribajije igituma yari yambaye ukwo, kandi mu giteramo yaraja mubafana bakamukorako, bakamuterura.
raba iyo foto yafashwe ariko araririmba
raba iyo foto yafashwe ariko araririmba
jeudi 21 novembre 2013
Indirimbo ''izina ryawe '' yumuririmvyikazi Alice Keza
Umuririmvyikazi Alice keza, numuririmvyi akiriko araduga mumuziki. akaba azwi muri clip yumuririmvyi patient matabaro mundirimbo yiwe yise '' bite ? ''
uwo mukobwa rero munyuma akaba yaciye aja mumuziki. iyo ndirimbo yiwe yasohoye ikaba kandi yabaye indirimbo yukwezi kuri site web izwi cane nabantu batari bake, ariyo www.Indundi.com
yumvirize hano
iyi nifoto yiwe ari kuri plage

dimanche 17 novembre 2013
Bamwe mubastar babakobwa baririmba nabakora akazi ko gukina muma clip vidéo Ndundi.(actrice )
Menya amakuru promoted, yarabarondereye abigeme bakora umuziki nabakora ubuzi bwo gukina muma clip arivyo bita Actrice mururimi rwigifaransa. mubigeme twashoboye kuronka amafoto yabo, harimwo abavanga ubwo buzi kari bubiri, nibintu bisanzwe kubera kenshi Gukina film sibintu vyoroshe. ariko iyo uri umuririmvyi kenshi umuririmvyi akunda kuba azi gukina film. kubera burya biragoye nko kwiriza kandi utakintu kikurijije, canke kwishavuza kandi atakintu kigushavuje. kenshi rero abaririmvyi bamwe bamwe baca bitiza kubantu babishoboye mu baririmvyi. Ariko hari bamwe bamwe bahora bakina muma clip vidéo munyuma bagakora umuziki. ivyo rero bavyita ngo Gufashanya muri Art. aha reroturabereka abaririmvyikazi babarundi nabakinyi bo muma clip vidéo.
Sharifa Luna : azwi muma clip nka siwezi ya elly's boy
nawe amakuru twagiye twumva hirya no hino, ngo agiye gutangura
kuririmba vuba cane.
Inarunyonga : Umuririmvyikazi amaze kumenyekana cane,
azwi cane nko kundirimbo Sugar dady acitwa miss arlaine, mumisi yahera yariyerekanye cane, mu biteramo yagiye ajamwo.
Ariane kanyamuneza : Numuririmvyikazi azwi nko kundirimbo yitwa
hankana abakundana, akaba yafasha na kidumu muma concert.
Annick kabatesi : numukinyi wo muma clip vidéo nka sheba ya R-flow wapambe ya Yvan muzik akaba nawe aheruka kwinjira mumuziki, ariko nubu aracakora ubwo buzi. kandi akaba akora nimpuzu zibiti, nkizo mpuzu yambaye niwe azikorera, akambika nabaririmvyi bakora indirimbo zakaranga nkakurya kwa steven sogo, shazi kool nabandi.
Samatha : Numuririmvyi akaba akunzwe cane nabantu kwijwi afise ryiza, aho yanagize amahirwe yo kuja mwihiganwa Primusic kandi akagira ikibanza gishimishije, Primusic ya mbere yabaye uwakabiri, primusic yakabiri yongera aba uwakabiri. akaba zwi no kundirimbo Diama yakoranye na Big fizzo
Olga Lorie : numuririmvyikazi ari mubastar bakomeye cane hano buja aho amaze Gukorana indirimbo nabaririmvyi benshi nka Lolilo,elly's boy,nabandi benshi. hari abamuzi nko kundirimbo yakoranye na lolilo yitwa Akarorero.
Thity Love ; Numuririmvyikazi akaba nawe kera yakina muma clip benshi bamuzi nko muri clip Kuri kakagezi ya Rally Joe, uwo mwigeme rero ubu akora umuziki kandi akaba nawe amaze Gutera intambwe nziza. akaba hari nindirimbo amaze gusohora nka Kwanini, baby boy nizindi.
Ingrid september : Numukinyi wama clip vidéo azwi cane nko kundirimbo '' Icokumpa'' yumugwi Indimu. Ingrid nawe rero akaba yaciye yinjira mumuziki, aho amaze gusohora indirimbo yitwa Uzohateba niyindi aheruka gusohora arikumwe numuraperi wo mumurwi Guestion-G ariwe Josdy, indirimbo ikaba yitwa leo.
Miss Nono : Numuririmvyi akaba afise indirimbo zitarike, benshi bakaba bamukundira ijwi ryiwe ryiza, akaba azwi nomuri clip vidéo yindirimbo burundi bwacu yakoranye na Belly nice, niyindi aheruka gusohora yise hora nkwinginge.
Chany Queen canke Chanella : numuririmvyi, ari mubaririmvyi bazwi cane, hano i burundi. benshi muramuzi yataguriye umuziki rimwe naba Lolilo, Fizzo nabandi benshi.

jeudi 14 novembre 2013
ifatwa ryamasanamu yindirimbo princess keryin ya Kook-k. ( Amafoto )
Umuririmvyi Kook-k muri iyi minsi ariko arafata amasanamu yindirimbo yiwe Princess keryin. iyo ndirimbo rero mumakuru twagiye twumva hirya no hino yuko, clip izoba ari iyagakura. nkaho tubona bariko barayifatira kumazi, harimwo umukobwa yambaye impuzu zo kuri pisine. ayo mafoto akaba yafashwe mugihe bariko barafata amasanamu kuri lac tanganyika.
raba amwe mumafoto yafashwe
Murakoze, iyi blog iriho kubwanyu, izoza ibaha nibintu vyishi mumuziki wikirundi. ukaba ushobora no kudusanga kurubuga rwa facebook hano https://www.facebook.com/#!/MenyaAmakuruPromoted?fref=ts
murakoze.
amafoto : Indundi.com
(Menya amakuru promoted )

lundi 11 novembre 2013
Clip vidéo yindirimbo Princess ya Kook-k
Umuririmvyi akongera akaba umuhinyanyuzi wamasanamu yindirimbo Kook-k,
ubu ariko arakora amasanamu yindirimbo yiwe Prencess keryin yakorewe numuhinyanyuzi windirimbo Rubaza jay, iyo ndirimbo rero ikaba iheruka kuba indirimbo yukwezi kurubuga rwa internet rwitwa indundi.com, nkibintu twamenye kuri iyo ndirimbo mubiganiro yagiye akora. kook-k yaremeje ko indirimbo amajambo ari amajambo nyakuri,yuko yayirimbiye umukobwa ariko tutaba tutabashije kumenya uwo mukobwa uwariwe.
aya namafoto yafashwe mwifata ryamasanamu ryiyo ndirimbo prencess keryin

Umviriza iyo ndirimbo Princess keryin ya Kook-k hano
mercredi 6 novembre 2013
Princess keryin by Kook - k ft Rubanza jay Offcial Audio
Umviriza indirimbo Princess Keryin ya Kook-k afadikanijwe na Rubanza jay
mardi 5 novembre 2013
Inarunyonga : Gukorerwa indirimbo bisaba kugira muryamane
Biravurwa ko Abigeme baririmba bafise ikibazo co gukora indirimbo canke kwamamarizwa ibikorwa vyabo. nkaho nkumuhinyanyuzi windirimbo (producteur ) akunda gusaba abakobwa ngo baryamane kugira amukorere indirimbo. canke ngo kugira amwamamarize ibikorwa vyiwe bisaba ngo baryamane.
ivyo rero biravurwa numwe mubigeme babaririmvyikazi bahano i burundi, ariwe Ndayishimiye Arlaine azwi kwizina rya Inarunyonga, yuko ibintu nkivyo bica intege abaririmvyikazi babigeme.
akaba yanditse kurubuga rwiwe rwa facebook ati :
'''Bonjour
kubakunzi banje bose? Hararibintu maze iminsi nibaza bikansiga! Mbega
kuki aba producteur bamwe bamwe naba journaliste bamwe bamwe bashaka
gudufata nabi twebwe abaririvyi kazi kubera umwuga wacu?kugira
bakugirire promotion yakazi kawe bamanza kugusaba ivyo bagusaba nkuko
umengo igihe Imana yakurema barikumwe ayibwira ati "mushirireko ibyo
nzamusaba!!" birateye isoni kandi barikuduca intege...
cane. Nkaba ndonse akaryo kokubwira nimba harabigeme babaririvyi kazi
bemera kuryamana nabo ba producteur canke aba journaliste kubera
promotion bigumye bihe agaciro bamenye kuwuteza imbere umuntu n'Imana
yonyene gusa. N.B: 1mwohanuriki aba bantu basubiza umuziki wabigeme
inyuma? 2.kuki muburundi umuziki wabigeme udatera imbere?
Gira ico muvuze kubakunda umuziki wabarundikazi. Merci '''
Inarunyonga
Inarunyonga
Uwo muririmvyikazi rero Inarunyonga mumunsi yahera hakaba haravuzwe inkuru hirya no hino kuma site web, kumbuga za facebook yuko ashobora kuba yarabaye arahagaritse umuziki; akaca muvyo gukora ama film.
imwe mumafoto ya filmRaba imwe mundirimbo ziwe
samedi 26 octobre 2013
indirimbo nshasha ya Junior arikumwo na Solange na FIFI - K
Umuraperi Junior numusore wumurundi akorera umuziki muri belgique. uwo muraperi akaba ayatanguye umuziki kera nko mumyaka ya 2003 ariko aca yinjira muri studio muri 2006. nkuko twagabiriye kuri téléphone atubwira ibijanye numuziki wiwe, akaba yatubwiye ko muri iki gihe ariko arakorana nabandi baririmvyi batandukanye, baramutumira agakorana nabo ( featuring ) tukaba twamuvajije igituma afise afise naba fans benshi bamushigikira kurubuga rwiwe rwa facebook, akaba yatwishuye yuko ari kubera yatanguye umuziki kera, kandi aywutanguriye i Burundi yuko yagumanye contact zincuti ziwe ndetse naba fans biwe. niho twamubaza igituma indirimbo ziwe ari featuring atandirimbo ziwe wenyene akora. akaba yatwishuye yuko ivyo arivyo agiye gukora cane, kuko abantu benshi baramusaba gukora indirimbo wenyene. turindire iyo ndirimbo wenyene rero, tuyirindirane igishika.
Junior
50 D na Junior
umviriza indirimbo aheruka gukorana nabaririmvyi babarundi bitwa Solange na FIFI - k
Junior
50 D na Junior
mercredi 23 octobre 2013
BURUNDI MUSIC NONSTOP
Muri Studio za Menya amakuru promoted, yaratoranyije indirimbo muzo ivuga kenshi, irazitoranya irazishira hamwo kugira namwe ibumvishe. muri iyo toptube harimwo indirimbo zubwoko bwa RNB, Hip hop, ikaba izohora irabigira kenshi cane, hari naho izokoranya indirimbo z'imana.
muzumvirize, nihagira izo mukunda ariko ukaba utashoboye kuyironka. wandike commentaire,wandike inimero yiyo ndirimbo, canke udusange kuri facebook wandike menya amakuru promoted. murakoze canke mubandanye kugira ibihe vyiza.

lundi 21 octobre 2013
Umviriza indirimbo za kera, zikwibutsa vyinshi mubuzima bwa kera
Abarundi turi mubantu batanguye umuziki kuva kera, ahubwo twovuga ko kuva aho uburundi bwikukiye harabonetse abaririmvyi benshi. twovuga nka, Afrika nova, canco hamiso, nabandi.
umviriza zimwe mu ndirimbo za kera hano
umviriza zimwe mu ndirimbo za kera hano
uyu Mugore ariko araririmba yitwa Goreth akaba aba muri Belgique,
vuba muzobona amakuru yiwe hano
kuri menya amakuru promoted
samedi 19 octobre 2013
Indirimbo nshasha ya big fizzo arikumwe na Alida
Umuririmvyi wigihangange ariwe Big fariouz bikaba bivurwa yukwo agiye kuja mu gihugu gituranyi cu Rwanda. akaba azoba agiye guteramira abakunzi biwe baba mu Rwanda.nkuko rero tubikeshwa na site indundi.com yuko azogenda muri icogihugu gituranyi, aho ngo azoca avayo akoranye indirimbo numukobwa wumurundikazi nyene yitwa Alida. iyo ndirimbo bakaba baramaze no kuyitorera izina, ikaba izitwa THIS LOVE. iyo ndirimbo ikaba izokorwa numuhinyanyuzi windirimbo (Producteur) akomeye ngaho nyene mu gihugu cu rwanda yitwa pastor P kandi ninawe yakoze yandirimbo ya big fariouz na tom close wo mu Rwanda nyene. pastor p akaba nawe avuga ko yiteguriye gukora iyo ndirimbo, ko hari nubuhinga bukoimeye bazoshiramwo kandi izoba iri mu bwoko ngo bugezweho muri iki gihe. Alida nawe ati : ndishimye gose kubona tugiye gukorana indirimbo na fizzo kubera ndi numufana wiwe cane.
iyo ndirimbo rero tuyirindirane igishika.
Big fariouz
ALIDA, uyu niwe bagiye gukorana indirimbo
umviriza indirimbo Baza ya big fizzo na tom close hano uwayihinyanyuye ari nawe agiye kubakorera iyo THIS LOVE.
iyo ndirimbo rero tuyirindirane igishika.
Big fariouz
ALIDA, uyu niwe bagiye gukorana indirimbo
vendredi 18 octobre 2013
Amasanamu yindirimbo, nimedata na Overdo team
Chris D numuririmvyi wumurundi asanzwe akorera umuziki muri afrika yepfo, akaba aheruka i burundi aho yabiciye bigacika, aca anakora indirimbo arikumwe na Chanella. yirabe hano
Umurwi Tuna Everdo nawo ukaba uheruka gusohora amasanamu yindirimbo Overdo team, iyo ndirimbo ikaba ari indirimbo yakunzwe cane hano i Burundi. yirabe hano
mercredi 16 octobre 2013
indirimbo nshasha ya Mkomboz
Umuraperi Nzeyimana Thomas azwi kwizina Mkomboz yasohoye indirimbo nshasha yakorane numukobwa wumuririmvyikazi yitwa Ariane. Mkomboz rero akaba ari nawe aheruka no gutwara isanganiro award ya gatatu. uwo musore ari mubaririmvyi bakomeye bahano i burundi. muri iyo ndirimbo rero avugamwo amajambo akomeye.
yumvirize hano
Mkomboz arikumwe na big fariouz
Ariane kanyamuneza : niwe yakoranye iyo ndirimbo na Mkomboz
Mkomboz arikumwe na big fariouz
Ariane kanyamuneza : niwe yakoranye iyo ndirimbo na Mkomboz
samedi 17 août 2013
mardi 13 août 2013
Abakobwa bavyina cane hagati yabo
Concert babiri babiri ukwo yagenze (amafoto )
Miss bikiyo ngo akaba yamanutse i Bujumbura unomunsi. raba amafoto amwe muyafashwe mugiteramo.
aha bariko baratumira abantu imbere yuko concert iba
k
Miss Bikiyo

Inscription à :
Articles (Atom)