vendredi 26 décembre 2014

Ibinyamakuru, abasani, ibintu bagiye batwemerera ariko amaso agehera munzira.

muri uyu mwaka wa 2014 usigaje iminsi mikeyi, itanashika nindwi ugiye kurangira, muri uyu mwaka rero tuka twarakurikiranye umuziki ndundi, hakaba haraciyemwo ibinyoma, twavyise ibinyoma kubera umwaka urarangiye atavyo tubonye, ubu naho ababikoze ntibovuga ngo ntiharagera, kubera umuntu akubwiye ngo ngiye gukora kino kintu, umwaka ugahera mumuziki bica biboneka ko ari ikinyoma sana. aha ibinyoma vyabonetse,


 Lolilo ati : ngiye gukorana indirimbo na dr jose chameleone, turarindirira turabura, niho twaciye tubona Jose chameleone aje i burundi gusoza ihiganwa primusic, duca twibaza yuko bazoca bayikorana imbere yuko asubira muri ouganda.
Jay Fire nawe mubinyamakuru atangaza yuko agiye gukorana indirimbo numuririmvyikazi wo mu Rwanda yitwa Knowless. nubu amaso yahereye munzira.

Ikinyamakuru kizwi cane muri muzika ndundi, arico Indundi.com
ico kinyamakuru cakoze ibikora inka mumuziki ndundi, cane gose nabantu barashima.
harageze yuko baza baratora numuririmvyi wukwezi. baragize ama courage menshi cane, ikinyamakuru gica cemerera abaririmvyi yuko umuririmvyi azoba uwuwezi, azoca akorerwa clip yiyo ndirimbo yiwe. aho umuririmvyi yitwa Small doog aca aba uwukwezi, nubu clip ntiturayikubita niryahumye.

Black Artur numuhinyanzuzi wama clip munzu yiwe yise Akaga vidéo.
uwo muririmvyi ubonye ama clip yatanguriyeko ugaca ubona nayo asigaye akora ubu, urabona cane gose ko ageze kugweko rwa kure. niho yaciye atangaza mubinyamakuru yuko ngo agiye gukorera clip umuririmvyikazi wumunyarwanda yitwa Knowless, gushika nubu ntanubwo turumva yahonyoje ikirenge mu Rwanda.

Missy Arlaine canke inarunyonga, nawe muntango za 2014, mubinyamakuru yatangaje yuko umuziki
agiye kuwuhagarikira bimwe bikomeye, yuko mbere asigaye afise umurwi uririmba ugizwe nabakobwa batatu, mubinyamuru bakamubaza ngo ushobora kubatubwira, nawe ati ni surprise,  nubu iyo surprise ntiturayikubita niryahumye.









jeudi 25 décembre 2014

Uyu musani ndagupfinze ninde ?

R -flow arikumwe na Fizzo, imbere yuko fizzo agenda mubufaransa.
kandi R - flwo akaba abipfuriza noheli nziza.
Umviriza imwe mundirimbo za R flow

dimanche 21 décembre 2014

Imvyino ninyambaro zitangaje muri concert ya Ikon. ( amafoto )

amafoto twabashije kuronka mugiteramo cari categuwe na Ikon. hakaba habonertse intambo za danger nivyino zikomeye, aho habonetse umukobwa yavyiniye happy famba hamwe nabantu bagira ubwoba. Abantu bagiye muri ico giteramo baravuga yuko igiteramo muri make cagenze neza cane, ntawatashe yidoga. kandi bakaba baririmba mubwoko bwa Live ( kuririmbana nijwi ryawe bwite ata ndirimbo uririmbirako ) hakaba harabonetse ninyambaro ( style ) yumukobwa Natacha. raba amafoto hano
                                          uyu mwigeme yaravyinye neza cane, hamwe nabantu bemera
                          aha ariko aravyinira Happy famba

       Inyambaro ya Natacha yatangaje benshi.

jeudi 18 décembre 2014

umudugararo mwinshi kwizimira rya Lolilo

mu Gisagara ca Bujumbura ubu abantu umutima wabavuyemwo kubera kutabona Lolilo, nkuko inkuru tuzikura kuri facebook, ngo lolilo kuva mugitondo cuyumunsi, bamwe babonye Lolilo yurira indege, atanumuntu numwe yarabizi, aho imbere ko abantu ngo bamubona abamenyeshamakuru bi bujumbura bamwe baramuhiga mugisagara ca Bujumbura kugira barabe ko bomubona kubera umutima wari wavuyemwo abantu benshi ngo Lolilo arihehe. kuva aho ngo abantu bamwe bamubona yurira indege ntamumenyeshamakuru numwe yabashije kumubaza iyo yoba agiye, kubera yagiye kabunyoni ( atamuntu numwe abwiye yihishije ) kuko kuma compte facebook amwamwe akorera ngaha i Burundi, yatanguye yikeka ko ngo yoba asubiye mugihugu cububiligi, canke atinye igiteramo yoririmbanye na Diamond, ikintu tutashoboye kumenya, ntitwashoboye kubona inkuru ivuga niba yoba yajanye numu copine wiwe Loliane.

inkuru iracabandanya gutohozwa.

                                                        Lolilo arikumwe numu copine wiwe Loliane.


Menya vyinshi hano Burundi-Hit

lundi 15 décembre 2014

Na Kidum sinarinzi ko atwenza gutya hahahaha ( amafoto + vidéo )

abaririmvyi Sat B na Kidum bafise igiteramo i Bujumbura itariki 19 zukukwezi, niho twaronse vidéo bakoze bariko baratumira abarundi bose ngo baze bitabire ico giteramo, aho iyo vidéo itangura gushika ihere uriko uratwenga, ibitwengeje ni ukuntu Kidumu usanga ariko aravuga igifaransa.
nijwi yaciye akoresha.


raba vidéo hano bariko baratumira abafana muri ico giteramo bagiye kuzokora

dimanche 14 décembre 2014

Showbizz : umuririmvyikazi Adijoe yifotoje yambaye ubusa.( amafoto )

Umuririmvyikazi akongera akaba numumenyeshamakuru, azwi kwizina rya Adijoe nshimi, yifotoje yambaye ubusa, mugihe tumenyereye abastarkazi bahano i bujumbura bama bifotoje bambaye ubusa, ubu naho twagiye tubona Adijoe nawe asohora ifoto yambaye ubusa.
uwo mwigeme rero akaba ari umukobwa ariko araduga neza mumuziki, nkaho usanga yitwara neza kuri scéne, iyo dugize amahirwe akaririmba. nubu amatwi adusumira ngo hoba hari indirimbo nshasha yoba ari mugusohora.

raba indirimbo yiwe yambere yakunzwe nabantu batari bake
Menya vyinshi hano kuri facebook yacu /Burundi-Hit

vendredi 12 décembre 2014

Birakomeye kumuririmvyi Big fariouz ( inkuru + amafoto )

umuririmvyi big fariouz unomunsi yanditse ubutumwa buva kubantu bamwanka, kandi akaba nubutumwa bwumvikana cane, ngo na yesu hari abamwanka, nkeshwe fizzo.
 aya akaba ariyo majambo yanditse kurubuga rwiwe rwa facebook.

menya vyinshi hano Burundi-Hit

jeudi 11 décembre 2014

BURUNDI HIT : Amafoto mashasha yumuririmvyikazi Chany queen, yaranagje benshi ( amafoto )

BURUNDI HIT : Amafoto mashasha yumuririmvyikazi Chany queen, yaranagje benshi ( amafoto )

Amafoto mashasha yumuririmvyikazi Chany queen, yaranagje benshi ( amafoto )

Muri iyi Minsi abastarkazi baabrundi bakomeje kwifotoza amafoto akurura abagabo ( attirante )
muri iyi minsi umuntu ashaka kumenyekana kumbuga za internet hose, abastar benshi basigaye bamwe bafata amafoto bambaye ubusa. nubwo abafana benshi baca bafata ukutariko abo bastarkazi baba bafashe amafoto bahenye. ariko mubastarkazi bamwe bamwe twagiye, umwe atashatse ko tumuvuga izina akaba yavuze ati :

nkanje ndi mukazi, umuziki nakazi mukandi, kandi akazi akarikoko kose gafise ikibiranga,
ninkabakora akazi ko kuvura bafise impuzu zibaranga, abakora akazi ko kwubaka gafise impuzu zibaranga, nico kimwe nakazi nkora, akazi kumuziki kaba gasaba ko uboneka neza, ukisiga amavuta, ukerekana umubiri wawe, hamwe usanga ukeye, benshi baca bibaza ngo ndindaya nibindi nibindi ariko sivyo il faut ko abantu bamenya akazi nikibiranga, kuba dufata amafoto canke twambara uduhuzu duto sukuvuga ko tuba dushaka abagabo, nkanje nsanzwe ndanamufise, kandi ntabwo ashobora kunshavurira ngo mfata amafoto mpenye, kubera nakazi kanje, kandi utegerezwa kunkunda ukondi. akarorero nkabo bastar bo hanze, baba bafise abagabo.



raba aya niyo mafoto mashasha ya Chany queen akaba yashizwe kurubuga rwa facebook  nincuti yiwe Olga ntaganzwa.







 ushobora kudukurikira kuri page facebook yacu hano /Burundi-Hit

lundi 8 décembre 2014

Umwigeme mushasha muma clip ndundi ( amafoto )

Umuririmvyi Sal G Gihozo, nyuma yaho asohoreye clip yindirimbo Ntuziyuja, ubu naho akaba ariko arakora clip nshasha yindirimbo yiwe nshasha, nkuko twabibonye kuma foto yakoresheje umukobwa tutari bwigere tubona, numwigeme biboneka ko akeye, kubwiza nubwo tutarabasha kumumenya amazina, ariko tuzoteba tumumenya amazina amaherezo kugira tuzoze turabashikiriza amakuru  y'ubuzima bwiwe.  raba amwe muma foto yiyo ndirimbo ariko arakorera amasanamu



menya vyinshi hano Burundi-Hit 


samedi 6 décembre 2014

Black Artur ( Akaga Vidéo ) amajambo ya danger yavuze ( amafoto- vidéo )

umuhinyanyuzi wama clip vidéo black artur akorera munzu yiwe yitwa Akaga Vidéo, mukiganiro yahaye Ikirere show, yavuze ibintu vyatangaje benshi. kuko benshi bari bazi ko atanzoga anywa ariko munyuma abantu bakabona ariko arinywera primusic, niho ikirere caciye kimukorera ikiganiro ngo abwire abantu igituma, niho yavuze ijambo ryatwengeje abantu benshi, Black artur akaba yavuze ati : Abavyeyi bavuga ngi umwansi wambere ninzoga, Imana nayo ikavuga ngo Kunda abansi bawe.


Hirya yejo niho twabonye ashize kuri facebook yiwe, igitigiri cama clip ariko arakora

raba interview yakoze na ikirere show 
 



jeudi 4 décembre 2014

Divine ngendabanka amafoto ya danger yifotoje mumuduga ( amafoto )

Umustarkazi azwi cane muma clip vidéo ndundi, azwi kwizina rya Divine ngendabanka, numukobwa afise uburanga bukomeye, azwi mubakobwa beza bafise numubiri mwiza nigisusu kinini, mubakobwa bahano i Bujumbura, uwo mwigeme rero igihe cose yama yatangaje abantu bose kukuntu yifata neza muma clip haba nomukwifotoza, tumenyereye benshi mubakobwa babarundi batinya kwifotora amafoto sexy, ariko Divine ngendabanka wewe niko yimereye, aheruka no kuvuga ngo niba utankunda ukondi ntakundi, kubera twese hano kwisi turatandukanye.
raba amafoto hano aheruka kwifotoza mumuduga



Menya vyinshi hano /Burundi-Hit

mercredi 3 décembre 2014

Alida baranyizigiye : ubu sinzosubira nabonye inzira nziza

umuririmvyikazi wumurundi Alida baranyizigiye ubu ngo ntazosubira gukorera indirimbo za gifans, ( prefans ) ubu rero ngo agiye kuzoza arikorera indirimbo zihimbaza imana gusa, ntitwamenye ikintu coba catumye kimuhindura. ariko tuvyihweje mumezi yaheze, igihe primusic yarangira, yabonetse muri studio ya african sound record ariko arakora indirimbo yaborewe neza, bikaba vyaraboneka nukuntu yarameze nkuwushushe cane, aho no kuraba camera yuwamubaza ibibazo yamengo ntamubona neza. benshi mubastar twebwe dukunze kwumva yuko umustar iyo agiye muri studio kugira akore indirimbo neza arindwa kunywa akayoga kugira ayumve neza, muma écouteur. ariko ivyo tubizi mumiyabaga be nabaraperi ariko si bose, benshi barabikora. Alida nawe twaciye tubona muri studio afise akayoga. ivyo bishobora kuba arivyo vyatumye aca atangura kuririmba indirimbo zimana ubu.
tukaba twebwe vyadushimishije kubona agiye kuririmba indirimbo zihimbaza imana.


raba vidéo ari muri studio vyoba arivyo vyatumye ahinduka agatangura kuririmba indirimbo
zihimbaza imana.
menya vyinshi kuri https://www.facebook.com/pages/Burundi-Hit/1432530340294459?fref=ts

Ibibera i Bujumbura muminsi mikuru ( amafoto )

muminsi mikuru ya buja igihe cose iba ishushe, aho tutiriwe turavuga mumazu yutuvyiniro, hamwe winjiyemwo ubona abavyinyi hamwe nawe ugira ubwoba. kenshi dukunze kuja muma boite de nuit, canke muminsi mikuru tukabona abakobwa bavyinana hagati yabo, ariko ivyo dusanze tubimenyereye nimico yabakobwa kuvyinana, sico kimwe nabahungu, abahungu bavyinanye ahoho biba ari ingorane hagati yabo.

raba amwe mumafoto yabakobwa usanga bariko barivyinira hagati yabo.

menya vyinshi hano Burundi-Hit

mardi 2 décembre 2014

Umuririmvyikazi Ashley Diva yifotoje yambaye ubusa ( amafoto )

umuririmvyikazi Ashley Diva canke Ashley girukwishaka akiriko aratera imbere mumuziki, akaba atarasohora indirimbo nyinshi ariko izo amaze gusohora zose zikaba zagiye zirakundwa, kurubu uwo mukobwa nkuko vyagiye biravurwa hirya no hino akinjira mumuziki yuko uwo mukobwa aje guhindura vyinshi mumuziki, aho twari tumenyereye atabakobwa benshi i burundi dufise bakora umuziki, ashley akaba yaciye ashika mumuziki, kandi bikaba biboneka cane ko azananye imbaraga, kubera ubonye aho ageze biraboneka ko ashaka gushika kundoto ziwe.
uwo mwigeme rero akunzwe muri iki gihe niho page yacu BurundiHit yaserukiye kumafoto yiwe yifotoje yambaye ubusa.
ayo mafoto akaba yabonetse aho aherukira gushira ifoto yiwe kuri facebook ifoto itangaje avuga yuko ari clip vidéo nshasha, nyafoto ikaba yatangaje benshi aho benshi bbagiye baravuga yuko iyo clip izoba imara ishobora kuzoba ari iya danger.
raba ayo mafoto yiwe yamabaye ubusa hano


 raba clip vidéo yiwe yambere yakunzwe cane

mercredi 12 novembre 2014

uyu mustarkazi wa hano iwacu , umubona gute ?

Divine ngendabanka, azwi muma clip ndundi, iyi niyo foto nshasha yiwe aherutse gusohora, nifoto yatangaje abantu benshi igihe yayishira kurubuga rwiwe rwa facebook,
raba iyi foto nawe uyubwira uko uyibona.

vendredi 7 novembre 2014

amafoto mashasha ya Rihanna yambaye ubusa, atanagahuzu nakamwe yambaye ( amafoto )

umuririmvyikazi aba muri USA, azwi kwizina Rihanna, nkuko benshi bakunda kumwumva akora amafoto yambaye ubusa kugira avurwe cane gusumba, arivyo bita gukora ama show buzz. ivyo tubimenyereye kuri Rihanna aho niyo agiye gufata ibihembo vya award agenda yambaye ukuntu kumwe gutangaje, ubu naho twaronse amafoto yiwe yambaye ubusa bimwe vyitwa kwambara ubusa,
raba amafoto




jeudi 6 novembre 2014

amafoto sexy yumukinyi ( actrice ) Inès musabe ariko aratangaza abantu benshi

umukinyi wo muma clip vidéo ndundi, azwi wkizina rya Inès musabe, azwi nko mundirimbo feeling ya matabaro na fizzo, canke changu ni changu ya matabaro na R - flow. muri iyi minsi yari yavuye kuri facebook, abantu benshi bakaba bari bibajije niba ari facebook yoba yari yablotsé facebook yiwe, ariko unomunsi ikaba compte yiwe yaciye iboneka. niho yaciye ashira amafoto mashasha kuri afcebook yiwe, ariyo yaya mubona hasi. uyu mukobwa rero abantu benshi abakaba bamukundira ko yambara neza, kandi akifata neza muma clip hamwe ubona clip imeze neza, kandi bamukundira namubucirirane bwumubiri wiwe. ntabwo yonje kandi ntabwo avyibushe. kandi Inès musabe akaba ari mubastarkazi bipfuzwa nabahungu cane gose, kubera akora amafoto yurukuruzi. ( attirantes )
raba amwe mumafoto yiwe mashasha