jeudi 28 août 2014
mercredi 27 août 2014
umukecuru agendana imbugita kubera abansi bamurembeje ( ifoto )
ifoto twakuye kumbuga zimwe zimwe zi kuri facebook, iyi foto nawe uravye neza urabona ko itangaje, umukecuru nimbugita. ushobora gusanga nkuyu mukecuru yarageramiwe cane muhira iwe, yaranswe no gutunganirizwa ibibazo vyiwe, ahitamwo kwirarira, akanirarira izuba riva.
kubwawe uyu mukecuru nigiki coba catumye agendana imbugita ?
kubwawe uyu mukecuru nigiki coba catumye agendana imbugita ?
mardi 26 août 2014
Rwanda : umuntu yigonda nkinzoka ( amafoto )
Mugihugu gituranyi cu Rwanda, hibonekeje umuhungu yigondagonda bimwe biteye ubwoba, akaba ari amafoto twakuye kukinyamakuru gikorera ngaho nyene mu Rwanda kizwi kwizina rya Inyarwanda.com.
uwo muhungu rero akaba yabikoze ari mwifatwa ryamasanamu yindirimbo yumurwi uririmbira ngaho nyene mu Rwanda uzwi kwizina rya Urban boyz. kandi nuwo murwi uririmba ukaba uheruka kuza i burundi sinzi niba muwibuka. raba nawe uwo muhungu hano
ndabira nawe !!!!!
wogira ntagufa afise.
aba nibo bagize umurwi Urban boyz. no mu rwanda bivurwa ko ari abambere
mubastar bafise abafana benshi.

lundi 25 août 2014
Inyambaro zabakobwa zitangaje, mugihe cizuba ( amafoto )
inyambaro ninyishi kwiy'isi, aya namafoto twakuye kuma site yaba cameroun, bakaba bavuga ko ari abakobwa baba cameroun basigaye bambara uku.
ndabira namwe muce muvuga ico muvuzeko kuri iyi nyambaro
jeudi 21 août 2014
Umuririmvyi Sat B yakoze agatangaza mumafoto yafatnye nabakobwa muntara ya Gitega (amafoto )
umuririmvyi agezweho muri iyi minsi ariwe Sat B, aho ihiganwa primusic riheruka kubera muntara ya Gitega, yakoze agatangaza, aho yafata amafoto nabakobwa beza, hamwe nawe biboneka mumaso ko yishimanye nabo. ari umunezero udasanzwe. no kumafoto utaravye neza mumaso ntabwo womenya ko ari Sat B . aho rero ubonye Sat B wogira ariko araresha, benshi rero bakaba baribajije ngo sat b ntabwo ashobora kuresha inkumi kandi afise umugore. incuti za Sat B za hafi zikaba zivuga ngo muri iyi minsi ameze kuwushushe mubakobwa mubiteramo agendamwo. ariko kubwa burundi paparazzi birasanzwe kubera umuririmvyi niko ategerezwa kumera kubera biri mukazi kumuziki. ariko hari vidéo iheruka kuboneka hirya no hino Sat B ariko arakorakora kugisusu cumukobwa, uwo mukobwa yaravyinye yambaye akantu kabonerana, hamwe nigitsina caboneka gato, uwo mukobwa ariko aravyina akaba yafirimwa na Sat B nyene, Sat B yagize ameru atangura kumukorakora, umukobwa aramwemerera, Sat b none atangura kumanura kaga collant yari yambaye, wamukobwa abonye ukubokogutanguye kugakorora, umukobwa aca arataruka.
aha Sat B yishimanye cane nabano bakobwa
aha naho Kent-p akora ama clip ngo siwe yohahera.
uyu niwe mugore wa Sat bakaba banamaze kuvyarana umwana
ariwe wuyu, bise Leila.
raba iyo vidéo itashimisheje
aha Sat B yishimanye cane nabano bakobwa
aha naho Kent-p akora ama clip ngo siwe yohahera.
ariwe wuyu, bise Leila.
raba iyo vidéo itashimisheje
mercredi 20 août 2014
Ashley numurwi wabavyinyi biwe mu giteramo kuri centre jeune kamenge ( amfoto, vidéo )
umuririmvyikazi Ashley Girukwishaka yakoze ibitangaza be numurwi wiwe uvyina.
uyu mukobwa akaba ari mubigeme bashasha batanguye umuziki muri uyu mwaka. benshi bakaba baryohewe nukuntu yinjiye mumuziki, ukuntu yifata muma clip vidéo nibindi vyinshi.
raba vidéo hano
uyu mukobwa akaba ari mubigeme bashasha batanguye umuziki muri uyu mwaka. benshi bakaba baryohewe nukuntu yinjiye mumuziki, ukuntu yifata muma clip vidéo nibindi vyinshi.
raba vidéo hano
dimanche 17 août 2014
vendredi 15 août 2014
Ibiherutse kuba kuri Chris Brown nivyo vyabayeko umuririmvyikazi Samantha ( amafoto )
umuririmvyikazi Samantha yatangaje incuti ziwe kuri facebook, aho ejo kumugoroba yashize amafoto yambaye ijip ifise iasura ishika hejuru kuburyo iyo pasura yerekana ko atasiripe yambaye.
ayo mafoto rero yayashizeko nyuma yaho atahukanye udushimwe tumwe tumwe yahawe muri topten tube award ya radio Bonesha fm. bikaba vyabonetse ko yariko arahimbaza umunsi mukuru wubwo bushimwe.
nikinyombwa benshi bakunze gukoresha iyo banezerewe arico bita champagne mugifaransa.
ariko ayo mafoto naho yayashizeko haheze iminota mike, aca arayafuta, ashobora kuba yamuteye isoni. ariko ntamahirwe yagize yo kuyakurako imbere ya Burundi Hit ko iyafata.
( ivyo bikaba biheruka kuba kumuririmvyi wumunyamerika Chris brown yashize ifoto yurukozasoni kuri instagram yaiwe yuma yimunota aca arayifuta ariko aba paparazzi bo muri amerik bari bamaze kuyifata nkejo )
raba amafoto

dimanche 10 août 2014
Alida baranyizigiye nawe yamwemeje. waouh!!!!!!!!!!
umuririmvyikazi twaheruka kera, ariwe Cynthia iteka, unomunsi niho yasohora indirimbo yahise ikundwa nabantu benshi cane, nkuko bisanzwe igihe cose iyo asohoye indirimbo. kuri ubu akaba afise indirimbo zibiri.
igihe cynthia iteka rero yasohora indirimbo ikaba yumvirijwe numuririmvyikazi wumurundi azwi kwizina rya Alida. Alida rero yagize arumviriza iyo ndirimbo yahise ayikunda nkuko yabigaragaje kuri youtube commentaire yashizeko. kandi mwibuke ko Alida ari mubatanga amanota muri primusic, muri make ategerzwa kuba azi umuntu aririmba neza uravye mumiririmbire yiwe, mwenebabandi usanga baraciye mumashure yigisha umuziki. kandi nindirimbo za Alida zirumvikana ko zikoranye ubuhinga uravye mumiririmbire yiwe. kukuntu rero yashize commentaire kuri iyo ndirimbo ya cynthia iteka bisigura ko yamwemeje.
Alida baranyizigiye
irya ni commentaire ya Alida akimara kuyumviriza
Cynthia Iteka
umviriza iyo ndirimbo ngaha

indirimbo yambere yatanguriyeko mumuziki umuririmvyi Sat B. kuva ico gihe aca aratangura gukundwa bimwe vyakarorero.
umuririmvyi Wigihangange mumuziki ndundi. kurubu akab ari umuririmvyi akunzwe cane muburundi ndetse no hanze. ni numuririmvyi azwi muma show bizz, aho yagiye avurwa cane, nko muma beef, munkundo, nibindi. uyu muririmvyi rero nkuko yatanguye umuziki tubona, anakurira mumuziki tumubona, iyo tubonye ahantu ageze ubu, duca twibuka ukuntu yatanguye umuziki, turibuka indirimbo nyishi yagiye aririmba agitangura zakunzwe cane, aho rero hari nko mu myaka ya 2006, 2007 uko. aho yasohoye clip ya mbere yindirimbo nyene yambere kuri internet ariyo yise Ikosa.
ico gihe iyo ndirimbo igishika kuri youtube, bandikako ngo umuririmvyi mushasha wo gushigikira.
aha yari atanguye kuronka abafana benshi, kurubuga rwa facebook
na Sat B vyaramutangaje ukuntu yakunzwe mumwanya muto.
ubu raba aho ageze
raba iyo ndirimbo twatanguriyeko kumubona kuri internet

Ibitangaza kumuririmvyi Mt number one ( amafoto na vidéo )
umuririmvyi Mt number one asanzwe akorera umuziki muri amerika ariko akaba aheruka i burundi aho yari yaje azanye nibikoresho vyo kwugurura studio nshasha i bujumbura, ariyo Indonyi record ikoreramwo umusore azwi kwizina rya masterland pro. ubu rero Mt number one aheruka gusohora clip yindirimbo mwiza wanje, yashimishike benshi, aho iyo ndirimbo itandukanye nimidiho yahora akora. iyo ndirimbo ikaba iri mumudiho wimico kama ya kirundi. akiyisohora abantu bakaba barishimye cane, ndetse na mt number one bikaba vyaramushimishije ukuntu abantu bayikunze. hakaba habonekamwo mwumukobwa mwiza tukaba twarashatse kumumenya, ariko twumva bivurwa ko ari umurundikazi. akora ibintu vyama model. nuyo mukobwa aba ngaho muri amerika nyene.
raba iyo clip hano
raba iyo clip hano
samedi 9 août 2014
Umukobwa yambaye ubusa muri shooting ya Sat B ( amafoto )
Ntituzi ukuntu twaguye kuka vidéo karimwo umukobwa yambaye aga kola kabonerana, uwo mukobwa akaba yariko arafilimwa na Sat b. uwo mukobwa ariko ntabwo bamufilimyé mumaso ngo tumubone, uwo mukobwa rero ntituzi niba tuzomubona nko muri clip, ivyo nivyo duhanze amaso. raba ama foto
raba iyo vidéo hano
Ifoto itangaje yumuririmvyikazi Alida baranyizigiye ( amafoto )
Umuririmvyikazi benshi basanzwe bazi kwizina rya Alida, azwi no mundirimbo zimwe zimwe yagiye akorana nabastar bahano i bujumbura, aho twovuga nka Sat b, big fariouz na Olga. Alida rero akaba ari umugore wabana babiri niba tutihenze, nkuko twagiye tubitohoza. Alida rero akaba yari yaratowe mwihiganwa rya brarundi yise primusic, akaba yari yahawe ububasha bwo gutanga amanota nabandi bagenzi we. abatanga amanota bakaba bari batatu harimwe na Alida. Alida rero uramubona ukabona ko ari umugore wicubahiro, akuze biboneka ko amaze gukura ( umugore ) naho tutabashije kumenya imyaka yiwe.
niyi foto yifotoje yitunze intoke kumusaya nkuwugomba yirase.
Alida rero niho yaturumbukiye abantu ashira ifoto yiwe kuri facebook, yitunze intoke zibiri kumusaya wiwe, nkaho ashaka kwirasa, nkakurya umuntu yifatiyeko ipisitoré. ivyo rero bikaba vyatangaje bamwe bamwe, bati none ko mwenizo foto zimenyerewe gufatwa nimiyabaga vyagenze gute ? natwe bikaba vyadutangaje.
raba ifoto niyo yo hasi yanyuma
aha bariko baratanga amanota muri primusic.
niyi foto yifotoje yitunze intoke kumusaya nkuwugomba yirase.
raba clip yindirimbo aheruka gusohora
vendredi 8 août 2014
U.S.A : chris brown ariko ararigata igisusu cumukobwa yambaye ubusa ( amafoto )
umuririmvyi chris brown kuva aho aviriye mugasho, ubu asigaye yinezereza mu buzima bimwe bikomeye, aho aheruka gutandukana numukunzi wiwe, bapfa amafoto, aho umukunzi wiwe yamwanka kubera yafyonje j'aime kwifoto yumufana wiwe yari yashize kuri instagram ya chris brown. tutiriwe turaja mukahise ka chris brow, ubu niho chris brown sinzi ivyamugendeye ashira ifoto yiwe ariko ararigata igisusu cumukobwa, kuri facebook yiwe, ariko iyo foto chris brown yahise ayifuta ariko aba paparazzi bari bamaze kuyifata kera.
raba amafoto naya
raba amafoto naya
mercredi 6 août 2014
Muri clip ya Lolilo umukobwa yavyine, avyina nabi, amabere aca aja hejuru ( amafoto )
muri clip yindirimbo Lizzo.com ya Lolilo, muri barya bakobwa barimwo, harimwo mwumwe yavyinye nabi, amabere aca aja hejuru. ivyo vyabonetse igihe lolilo sat b na fizzo bari muma beef.
raba amafoto naya
raba iyo clip hano
mardi 5 août 2014
Ikintu Sharifa Luna ubu ngo yicuza kuba yaragize, igihe yakundana na Mukomboz (amafoto )
Sharifa Luna numwigeme yamenyekanye muma clip ybarundi, nyishi cane, aho yavuzweko vyinshi muma show bizz ndundi. akaba yari murukundo numuraperi Mkomboz. urukundo rwabo rwari rukomeye, eka ntawari kwibaza ko bazotandukana. ico gihe hari nko mumpera za 2013 niho batandukana. imbere ya vyose, barakundanye hama barashwana, kuma radio no kuma site web yabarundi bakavuga yuko bari bapfuye ukugenda muri boite de nuit kwa Sharifa Luna kandi Mkomboz atanabizi. nibindi vyinshi. aho rero barashwanye bivurwa hafi nkahose kumaradio, abafana ba mkomboz bakama bamubwira ngo niyihangane azoronka uyundi. icogihe bagikundana sharifa Luna yahise yandikako izina rya mkomboz ( Hasta ) kwibere ryububamfu. ari naho abantu batangaye. bamwe bakamubwira yuko itatowaje itahanagurwa, ariko kenshi iyo uri murukundo mwenivyo ntuvyumva yuko hashobora kubaho umunsi mugatandukana. ubu rero baratandukanye itatowaje arayiraba igaca ituma yiyumvira mkomboz, ubu bikaba bivurwa yuko afise umukunzi ariko tukaba tutaramumenya.
uku niko yari yiyandikishije kwibere.ryiwe.
aha bari bari murukundo rwa danger, sharifa luna mbere akaba
yari yiyita Mkombozine.
uku niko yari yiyandikishije kwibere.ryiwe.
aha bari bari murukundo rwa danger, sharifa luna mbere akaba
yari yiyita Mkombozine.
lundi 4 août 2014
Inkuru ibabaje : Guido yaraye yitavye imana (amafoto )
umutama akomeye muma film ndundi ndetse bikaba vyanavurwa ko ariwe yararongoye menya media studio.
nkuko Burundi Hit ikunda gutohoza ibibera hirya nohino mubastar, niho twabonye umuririmvyikazi Sybille cishahayo yandika kuri facebook yuko yitavye imana. nkuko mubizi twebwe ntabwo turi aba journaliste, dufata ibintu biba vyasohotse mubastar, ntabwo tugenda ngo twegere umustar tumubaze amakuru yiwe.bon breef. iyi nkuru rero tukaba twayisanze kurubuga rwa facebook ya sybille cishahayo, nkuko cishahayo yabivuga ngo ubucuti bari bafitanye bwari burenze ubucuti, nibintu nkavyose nuwo mutama yabimwigije, ico ari ubu agikesha Guido uwo mutama, Guido rero ngo yapfuye avuye muri voyage yari yagiyemwo mu burundi no mu Rwanda aho yari yagiye kuraba abakinyi bama film kubera uwo mutama akora ibintu vyama film benshi baramuzi ariko ntabwo akina film ari mubazihinyanyura, akaba yari namukuru wishirahamwe ryiwe ryitwa afrikafilm. kurubu rero ntituramenya icamwishe, turacabandanya tubarabira uko vyifashe.
Sybille cishahayo
Guido yitavye imana.
raba vidéo yaheruka gukora avuga imigambi afise
https://www.youtube.com/watch?v=GFf1hcDWV1w

Inscription à :
Articles (Atom)