mercredi 3 décembre 2014

Ibibera i Bujumbura muminsi mikuru ( amafoto )

muminsi mikuru ya buja igihe cose iba ishushe, aho tutiriwe turavuga mumazu yutuvyiniro, hamwe winjiyemwo ubona abavyinyi hamwe nawe ugira ubwoba. kenshi dukunze kuja muma boite de nuit, canke muminsi mikuru tukabona abakobwa bavyinana hagati yabo, ariko ivyo dusanze tubimenyereye nimico yabakobwa kuvyinana, sico kimwe nabahungu, abahungu bavyinanye ahoho biba ari ingorane hagati yabo.

raba amwe mumafoto yabakobwa usanga bariko barivyinira hagati yabo.

menya vyinshi hano Burundi-Hit

1 commentaire:

  1. Bamureka gushirako amafoto yabanu mutabasavye uruhusha ivyobinu nibibi cane namwe ishire mukibanza cabo mwashizeko

    RépondreSupprimer

Ivyiyumviro vyanyu birakenewe