dimanche 29 juin 2014

Elly's boy na Inarunyonga ngo bashobora kuba barakundanye mumpisho. (vidéo )

ifoto yavuzweko vyinshi. nifoto ya Inarunyonga na elly's boy, aho abantu bincuti babazi neza ubuzima bwabo bwaburi munsi, bavuga yuko bakundana. ariko ubajije elly's boy akavyamira kure, canke ubajije Inarunyonga akavyamira kure. ariko vyatanguye kuza biribonekeza kwifoto bafatanye aho Inarunyonga yari amwicaye kubibero, abantu bagatangura ko hoho babishize ahagaragara, ariko bakomeje kuvyanka ko batari murukundo, hama clip ya mkomboz na Ali kiba wo muri Tanzania irasohoka, dusanga muri clip harimwo inarunyonga na elly's boy bariko barasomana kumunwa, nivyo barabihakana ngo nubucuti.
abantu bakiyumvira bati : nincuti zisigaye zisomana kumunwa ? hama niba elly's boy afise umukunzi hama akabana ariko arasoma inarunyonga ntaco vyamugira ? !!!. ariko ivyo vyose nibabibazo abantu bagiye bibaza, ariko ubonye abantu bariko barasomana kumunwa, mubisanzwe ntakindi urondera uca ubona ko bari murukundo. ariko ivyo vyose vyagiye birengerana bihebwa biribagirwa.
raba ifoto
raba vidéo ya mkomboz na ali kiba,yasohotse mumpera za 2013, aho tubona Ellys boys bariko basomana

vendredi 27 juin 2014

Uyu Mukobwa yifotoje yerekana ubwambure bwiwe, abantu bibaza ngo ni Thity love

Nkuko kenshi iyo umustar asohoye ikintu, kimaze gukwiragira kwisi yose, biba biheze, kugira akigarure cibagirwe birakomeye, ariko ntivyo kunda ko cibagirwa. kubera abantu baba baramze kukibika muma mashini yabo. aha rero harigeze kuboneka ifoto yumukobwa ari muri clip princess keryin ya kook-k. uwo mukobwa rero akaba yafashe amafoto ari kumazi, akerekana ubwambure bwiwe. ariko ico benshi bashimye vyabaye mumafoto gusa, muri clip baca barabikuramwo, uwo mukobwa rero benshi bari bibaza ngo ni Thity Love umukunzi wa Kook-k. gusa Burundi Hit paparazzi ikaba ibabwira ko atari Thity Love.
amafoto naya
                                 uyu mukobwa ntabwo ari thity love.
                                 numukobwa yari yaje muri shooting yindirimbo princess keryin
 raba indirimbo kook-k aheruka no gusohora arikumwe na chany queen


Ashley : Birakomeye

Umuririmvyikazi Ashley girukwishaka, aje mumuziki atavyorosha, aho ariko aratera ubwoba abandi bigeme bavuga yuko mukuririmba ari uwa danger namasanamu akora ko usanga atoroshe, aho nikuva aho asohoreye indirimbo arikumwe na elly's boy, ubu naho yasohoye indirimbo yitwa Nkorako. iyo ndirimbo ikaba ifise amajambo ya danger aba ariko arabwira umukunzi wiwe. naho aba avuga ngo reka gutinga mpobera, namajambo menshi yahatari.

                                         yumvirize hano

lundi 23 juin 2014

Diamond muri Belgique, ivyamubayeko. ( amafoto )

Umuririmvyi diamond wo muri Tanzania, kuri uyu wa gatandatu itariki 21/06/2014
yarafise igiteramo muri Belgique kumurwa mukuru wa Belgique, ngo ivyo yakoreyeyo rero vyari ivya danger , nkuko benshi basanzwe bamuzi numuryosha birori. abari bariyo batubwiye ko yaririmvye haamwe abantu bemera, yaravyine yiyegerza abafana biwe babakobwa batangura kumukorakora kugitsina nkuko vyibonekeje kumafoto, hari nuwahatswe gushira intoke mwipantaro, abantu abamucungiye umutekano baca barabegezayo. raba amafoto

                                              raba ukuntu bamukorakora

                               raba hano, bahatswe gupfungura ipantaro


                                           aha habuze gato, bagoma bamuhundareko

Umwe muri babakobwa bo muri clip ya T max na dr claude, yasohoye amafoto yambaye ubusa

umwe muri babakobwa batatu baboneka muri ya clip ya T max na dr claude, yasohoye amafoto yambaye ubusa. Nkuko musanzwe mubimenyereye, kuri Burundi Hit muzoza muhasanga udukuru nibibera mubastar. uyu mukobwa azwi kwizina rya Nihanna yabonetse muma clip tuzi nkirya jintre jentino niyo ya T max na dr claude. uyu mukobwa kandi akaba ari mubakobwa beza ubona ko bari bakeye muri clip ariko tukaba tutasubiye kumubona, benshi bikaba vyarababaje kubona batasubiye kumubona muma clip kubera ukuntu yifata neza muma clip, abahungu benshi bavuga yuko afise swagga ( yambara neza ) kubera nka clip ya T max na dr claude abo bakobwa batatu bitwaye neza cane, ikaba aari clip nziza yakunzwe nabatari bake. nkuko burya rero twebwe twama twitegereje ibibera mubastar abakina muma clip vidéo usanga aribo bafise swagga kurusha abaririmvyi, dukuyemwo uwuje mushasha yitwa ashley, ashley wewe aje atavyorosha.
 raba amafoto


                                                         Aha arikumwe na T max
                                  iki nigiteramo bari barigeze gutegura na T max
   raba vidéo hano

jeudi 19 juin 2014

Beyoncé, kelly na michelle williams biganye abarundi

Abaririmvyikazi bazwi kwisi yose, aribo beyoncé, kelly na michelle williams, bamenyekanye mundirimbo zikomeye nka soldier nizindi. muri iki gihe baturumbikiye abafana babo, aho reri nindirimbo baheruka gukora iri mu bwoko bwa afro-beat, nubwoko bwindirimbo tutari tubamenyereyeko, nubwoko muri iki gihe bugezweho, nko muri nigeria,Rwanda,ni burundi zikaba aitaratangura kuhaza neza, , ariko bayikoze, ivyiza birimwo baciye banashirako abantu bariko baravuza ingoma zakaranga kikinyafrika arico bita jembé, nukuntu abantu bakubita ingoma, i burundi tumenyereye dukoresha imirisho, ariko hari ibihugu bakoresha ibiganza, nkuko mubizi ibihu vya afrika kimwe cose gufise akaranga kaco, abo baririmvyi rero bashatse no gsuhiramwi ikintu cikinyafrika kugira berekane ko nabo ari abanyafrika naho bavukiye muri amerika ariko amaraso namanyafrika. ari naco kenshi abafana babakundirako abaririmvyi mwenabo bamenya iyo bakomoka.
raba vidéo hano

                                              Beyoncé, Michelle williams, Kelly

lundi 16 juin 2014

Umwigeme kuri stage ata siripe yambaye ( amafoto )

Mu gihugu ca Cameroun haraye habaye igiteramo, imbere ko abastar batangura kuririmba, harabanjwe kuvyina abantu kuri stage, abakobwa bakuzura kuri stage bakavyina bimwe vyakarorero,aho rero umukobwa yurira stage yagenda yiyambitse akantu gatoya, hari nabo wasanga ubona ubwambure bwabo.
aho rero muri cameroun ivyo vyokuvyina abakobwa berekana amasiripe barabimenyereye, kubera muri ico gihugu ninayo ntambo yabo, ariko naho ariyo ntambo yabo, biyuba kwerekana igitsina imbere, yabantu, wotuma uvyina uko ushaka, ushaka ukavyina wikorakora, ariko ikintu barwanya nukwerekana igitsina imbere yabantu. ngo rero kuri stage haciye haboneka umukobwa yavyinye ata siripe yiyambariye, abantu baramubonye bakoma induru, baca baramuharika, bamukurakuri stage.
raba amafoto




ivyabaye muri clip ya Ashley na Elly's boy utamenye neza

Umuririmvyikazi Ashley afatanije na Elly's Boy basohoye clip yindirimbo yabo bise Me Love you. iyo clip rero niyambere Ashley asohoye, ubonye iyo clip urabona ko ahubwo uwo mwigeme aje atavyorosha, kubera usohoye clip yambere uku, biba bitazoroha izizokurikira. muvyo mutamenye nkuko twebwe hano kuri Burundi Hit dukora nka paparazzi turihweza, ivyo mutamenye mundirimbo ya Ashley uyu mukobwa yambaye agahuzu gatoya gapfuka amabere ariko ako gahuzu karabonerana sana, nagahuzu kubuyungiro.
uravye neza rero urabona ko ako gakingirizo kamabere ko ataco gapfutse. raba vidéo hano
https://www.youtube.com/watch?v=y0TWn_vpMXg#t=186

dimanche 15 juin 2014

Happy famba ubu ari mumunezero udasanzwe.

clip yindirimbo jidi jigiwe ya happy famba ubu ikaba ikinishwa kuri televiziyo ikorera muri tanzania yerekana ibihango mukarere ka afrika yuburasira zuba, iyo téléviziyo nayo ikaba yitwa chanel 5. igihe rero yahaca happy famba vyamushimishije bikomeye, ubu rero ngo vyamweretse ko umuziki wiwe uriko uratera imbere, yuko ubu hoho inguvu agiye gukorana zizoba zitoroshe. raba amafoto

raba clip official  jigi jigiwe


vendredi 13 juin 2014

Lilmafia muri Afro-beat

Umuraperi Lilmafia akaba yasohoye indirimbo yakoranye numunyarwanda azwi wkizina rya Big Voice, bose bakaba bakorera umuziki mu gihugu ca Belgique/. lilmafia mubisanzwe yakora hip hop gangster aho kenshi yaba ariko ararapa ubuzima bwabantu bakora amakosa, nkaho yaririmvyi indirimbo ivuga ngo uwo mujama nukumukubita, iyindi nayo akayita mana yuburundi, aho avuga ibintu vyinshi bijanye ningorane zubuzima, ubu rero lil mafia mundirimbo yiwe yakoranye nuwo munyarwanda biv voice avuga amajambo yukurundo aho avuga ngo ( we bajama mureke amapalapala, kumugore wanje ntunzanire izo mbarara ) imbarara mubisanzwe bikaba bisigura amenyo ninkaho yavuze ngo kumugore wanje ntunzaneko ayo menyo. iyo ndirimbo rero ikaba iri mubwoko bwa afro-beat ivyinika.

yumvirize hano
                                              lilmafia
                                                  lilmafia ari kuri stage, aho nyene mugihugu ca Belgique
                                                          Big Voice

mercredi 11 juin 2014

Kubera amafoto yiwe afata yerekana bimwe mubihimba vyiwe, vyatumye amenyana numustar Akon.

Umukobwa Vera Sidika aba muri Kenya, kuva kera yamye yishakira kuba umustar ariko abicishije mukwifatira amafoto.
aho ngo mumwaka wa 2009 yagiye gutembera ahantu mumazu afata amafoto ( studio photo ) uwo mukobwa yarikumwe nincuti yiwe, bashitse aho hantu, nyene iyonzu ifatirwamwo amafoto, aramufotora ifoto imwe, aramubwira ngo uri mwiza warukwiye kuzoza urafata amafoto ukaza hari igihe ushobora gusanga nkima ibishatse ugasanga urahamagawe nkahantu kuza uraserukira ibicuruzwa. uwo mukobwa ariko akavyanka ngo muhira ntibomwemerera, munyuma yabajije mama wiwe, Nyina wiwe aramubwira ngo, mwananje wewe niba ubikunda genda ufate ayo mafoto ngo jewe gusa nshaa ukore ikintu ukunda gituma wishima, gusa kubwanje ico noguhanura nugucunga neza, kubera abisi baragoye, mugihe nzokubona unezerewe nico nkenerwa kuri wewe.
Umukobwa niho yatangura afata amafoto, benshi barageze aho bamwita ngo nindaya ariko abamwita ko ari indaya bose yaratwenga agaca abereka umukunzi wiwe, umukunzi wiwe nawe gufata amafoto ntaco vyari bimutwaye kubera umukobwa wasanga barikumwe nuwo mukunzi wiwe. muri make umuhungu ntabwo yari kuvuga ko amuvanga kubera nokuja guafata amafoto hari igihe yamuherekeza, atamuhereje, akazi karangiye yarataha atakibazo bari bafise ukwizerana.
munyuma niho rero kubera amafoto yiwe yagiye abona umuntu yamwandikiye muri email ngo ushobora kuduha numero yawe, umukobwa arazirungikira ahamagarwa na Akon, vyaramushimishije cane, arabaza ngo akon ngo nigute munzi ? akon yishura ngo kuma nikubera uzwi amafoto yawe yavuzwe cane gushika naho binshikako, ndakuraba menya nigihugu ubamwo, nkaba nipfuza ko twokorana, ngo kandi ntuhave wibaza ko ari ububeshi. ubu ngo umukobwa yagiye kuba hanze numukunzi wiwe, Akon ngo yabaguriye inzu babamwo uwo mukobwa nawe aserukira impuzu zindandazwa, akazamamaza. muma télévision niwe usanga yamamaza impuzu vyose.

iyo niyo nkuru twumvise muri Kenya ncuti zacu.
umukobwa akaba ngo aruyu







Alida, Miss Bikiyo na samantha ibibavurwako !!!!!!

Abafana bumuziki ndundi kenshi bama baravye ibintu bibera muri muzika ndundi, aho bamwe bagiye batugezako ivyiyumviro vyabo kandi nawe ubibonye ugasanga bimwe bisa nkaho arivyo. mumuziki ndundi rero ngo hibonekeje abakobwa batatu, aribo baba. ngo duhereye kuri.

Alida baranyizigiye :
abantu benshi batubwira ngo Alida, yifata nkumuntu atazi ikirundi, aho ngo usanga mumvugo ziwe kuma page yiwe official avuga igifaransa gusa, kenshi tumenyereye abastar benshi babarundi bakunda kuvanga indimi mundirimbo zabo.ngo ugasanga Alida agenda akaraba indirimbo zabandi akagenda ashirako commentaire  ngo ntaco ibaye.


Samantha : Samantha rero ngo kuva aho yaciriye mumahiganwa akomeye ngo yigira umustar wisi yose, hamwe no mumafoto ngo usanga mengo ntabwo aba muburundi, ugasanga yifatira amafoto nabazungu kenshi cane, akiyambika inyambaro nkiyo hanze, kubera uwo mukobwa yamenyekanye muri ayo mahiganwa afise abantu benshi bamukurikira kumbuga ngurukana bumenyi. abantu benshi badushikirije ubutumwa batubwira ngo Samantha ico azi coco arazi kwigana indirimbo, ariko iyo yifondeye biramugora cane, ngo aracafise urugendo. samntha ngo nkindirimbo ya céline dion yarayiganye hamwe wibaza ngo ni céline dion ariko araririmba ngo ari nayo mpamvu yageze kure ngo mwihiganwa primusic.

Miss Bikiyo :  Miss bikiyo ngo nawe yifata nkumustar akomeye cane. kuva aho ngo asohoreye indirimbo serious man, ikaba yarahitinze kubera amasamamu yayo eka niyo ndirimbo yari iryoshe cane, iyo ndirimbo rero ikaba yaratumye amenyekana, benshi mubafana babarundi niho baca bumva avuga kuma site internet ko amasanamu yayo yayikoreye mubihugu vyinshi vyo muri afrika, ethiopia, kenya, ouganda,nayandi i burundi
abantu baca batangura kwibaza clip ikorerwa mubihugu bishika kuri bine, nimba ari film. 
hama rero miss bikiyo be numugabo wiwe, nibo bagaba site web iwacuvision.net 
kuri iyo site muma toptube ntihigera haburamwo indirimbo ya miss bikiyo. abafana babarundi bamwe. abarundi bamwe ntibavyumva, ngo ugasanga indirimbo ya miss bikiyo niyo itangura muma classement.

                                                Alida baranyizigiye
                                                    Samantha NZ
                                           Miss Bikiyo


mardi 10 juin 2014

Ashley umustar akunda niwe ariko aravurwa muri iki gihe, kunyambaro itangaje.

Umuririmvyikazi Ashley girukwishaka, kuri ubu nimushasha mumuziki ariko benshi bari bamuzi muma karaoké. niho yaciye afata icemezo co gusohora ama indirimbo ziwe bwite, vyose kugira abe umuririmvyi wumustar, kubera kenshi muma karaoké uba uririmba indirimbo zabandi bastar, Ashley wewe yaciye avuga ati, nanje reka mfonde indirimbo zanje, nigihe bazoza barampamagara muma karaoké nzoze ndaririmba indirimbo zanje ziri kwizina ryanje. Ashley rero umuririmvyi akunda ni Rihanna. Rihanna rero kwisi yose akaba ariko aravurwa muma show bizz inyambaro yagiye yambaye igihe bari bagiye mu bihembo vyama award. Rihanna rero akaba ari umustar kwambara ubusa yabigize umwuga, benshi iyo umustar yiyambitse ubusa baca bamwita indaya. abiyumvira ukwo rero sivyo, kwiyambika kurya ngo bivana numwuga uba ukora, umuziki ngo numwuga nkuwundi, ukuntu abastar bifata muma clip siko baba bameze muhira, Rihanna rero arafise numugabo kandi uwo mugabo ntaco bimutwara kubona rihanna yiyambika kurya.

None inyambaro nkizo za Rihanna Ashley ashobora kuzoza aramurabirako ?
tubibutse ko umuririmvyikazi Inarunyonga nawe yari yambara sexy nkakurya kwabanyamerika
munyuma arabivamwo.

                                                   Ashley
                                 Rihanna

 

Aline Vyuka : abantu baragoye !!!!!!

Umuririmvyikazi Aline vyuka afatanijwe namwenewabo Diane melly angelo barateguye imfashanyo zo gufasha abana bimfumvyi i burundi, bakaba babifashijwemwo nabaririmvyi biburundi nka Elly's boy encle crazy nabandi. nkuko rero mwinosi utukora ikintu ngo gishimwe na bose, hari abagiye bamwandikira ngo ivyo bagize sivyiza, abandi nabo ngo wakoze ibintu vyiza cane. Aline nawe uko yabonye izo message ntizamushimishije yahisemwo kwandika kuri facebook message yagiye abona bamwandikira nibibazo bagiye bamubaza, akaba yanditse kuri facebook yiwe uku :

NDABASABE MWIGIRE MUSOME UBUBUTUMWA
Kuri paska hariho igikorwa cakorewe muri Bururi commune Rumonge aho abana bashika 100 bifuvyi igitigiri ntaco nzi neza bashoboye gufungurira hamwe bose kubimenyesha makuru hariho ivyandiko bivugako ico gikorwa cakonze na jewe ,na mwene wacu Diane Melly Angelo afashizwe na Elly's Boy Leonard , uncle Crazy hamwe nabandi batandukanye nanditse iyinkuru ngaha bivanye nama SMS dutumirwa muri inbox bamwe bavuga bati ntaco mwakoze kuko beshi ntabwo badunguye neza cane abandi nabo ati ntaco mwakoze kuko igiteramo abinjiye batanze amahera urwo ni urucuruza mwakoze abandi ngo mufise umutima mubi ntako mwafasha abana bari mwirerero hariho abafise abavyeyi bakwiye ariko bagowe gusumba , abandi nabo ngo ntakuntu mwari kuza muri Rumonge mugasubira inyuma mutabonanye nabagenzi
Nashaka ndababwize ukuri kuri ivyi bibazo vyose kabisa jewe na mwene wacu ntabwo twahashitse twarafashije kugirango abahashika bagire ico bashikiriza abo bana
2. Igiteramo abantu binjiye kumahera kuko ayo mahera yafashije abo bana nyene nta umuntu numwe yatwaye kumufuko amahera yatanzwe muri icogiteramo
3. Abo bavugako hari abana bagowe kandi bafise abavyeyi bose sindabihariye nabo ndazi barashaka ifashanyo ariko shaka ndakwibutse ko wopfuma ugorwa ufise abavyeyi hako wogorwa urabafise kanatsinda umugambi wari wo gufasha ifuvyi ntabwo wari wogufasha abana muri rusangi
4. Abo bavuga bati iyo mupfuma mureka kuko ntabwo ifungurwa zari zitetse neza canke ntabwo zari zikwiye muri make aho twagejeje kabisa niho natwe twashoboye gushima kuko intango iragoye kandi udashobora gutanga duke vyishi ntavyo wotanga
Dutanguye gushima kwanza kuri SMS mwagiye musutumira kuko zatumye twiyumvira kandi twahakuye ubwenge abantu baragoye cane kuko ntabwo bose bashobora gushima ico ukoze harimwo ababigaya naba bishima ariko vyose dushima Imana kuri kira kintu
Bakunzi banje, cuti zanje eka naba funs banje ndashima kiri comment mumpa kuko zugurura umutwe mwamye uko ico mugaye mukivuge ico mushimye mukivuge kuko nta nyambo ibura agasebwa muri make uko vyagenze gose dushima Imana kandi tugasaba Imana kitwongera imisi kugirango tugume tubandanya ico gikorwa murakoze. 


uyu ni aline vyuka na Diane melly angelo aribo babiteguye.

Raba indirimbo Aline Vyuka aheruka gusohora 
https://www.youtube.com/watch?v=7NYQxcjgEwU

Indirimbo nshasha ya Dety darba na frank the duniano ( audio )

Standby nindirimbo nshasha yumuririmvyikazi Dety Barba na Frenk the douniano. iyi ndirimbo rero ikaba yakozewe munzu itanganya umuziki ariyo African sound record ikoreramwo Lizer classic.
Dety Darba akaba rero ariko arakorana inguvu mumuziki ndundi, nkuko benshi bakunze indirimbo ziwe kubera ijwi ryiza afise, hama Frenk the duniano nawe nkuko benshi babizi yaravuye mumurwi wanajeshi, akaba aheruka gutangaza ko indirimbo zama beef atazosubira kuziririmba, ngo ntakamaro.
Lizer classic nawe ashobora kuba aheruka kuronka umwana. ntabwo turabimenya neza.


                                                         Dety Darba
                                               Frenk the duniano


Umviriza iyo ndirimbo yabo nshasha hano

samedi 7 juin 2014

Daddy Face na Bob Junior wo Muri Tanzania

Umuririmvyi Daddy Face wumurundi akorera umuziki mu Gihugu co muri amerika aheruka gusohora indirimbo yitwa Vanessa, yakoranye numwigeme yitwa Liliane. iyo ndirimbo ikaba ari indirimbo nziza ivyinika. hama tugiye muri Tanzania tukaba tuzi umuririmvyi Bob junior azwi cane muri ico gihugu, twumvirije ukuntu Bob Junior arangiza indirimbo ziwe akunda kuvuga cane nikajwi yisangije, agatwenga akavuga amazu aba yamukorerye indirimbo. nibindi vyinshi, wumvirije indirimbo ya Daddy face na Bob Junior zirangira cokimwe.Daddy face ashobora kuba ari umufana cane wa bon junior canke.
kuri wewe izi ndirimbo kuba zisangiye uguhera atakibazo kirimwo ?

umviriza indirimbo ya Daddy face hano ukuntu irangira
https://www.youtube.com/watch?v=ktCU8NqqsRs

Umviriza indirimbo ya Bob Junior hano
https://www.youtube.com/watch?v=v9bRMKqr4cg


vendredi 6 juin 2014

Big Fariouz : ifoto iriko iratera amazinda abantu benshi.

Muri iyi minsi niho kumbuga zitandukanye kuri facebook habonetse ifoto ya fizzo arikumwe numukobwa, iyo foto rero, uyiravye vyihuta ubona mengo umukobwa yafashe mwipantalo fizzo, ariko sivyo namba, iyi foto uyiravye neza ukuboko kwumukobwa kuri kugasakusaku ka fizzo. iyo foto rero aho twayibona mu mbuga zitandukanye kuri facebook abantu benshi bihenze, bamwe bakandika ngo fizzo ibintu nkivyo aremera ko babimukorera imbere yabantu. naho benshi baciye batangura kuvuga ngo fizzo ntakigenda, ngo ubu baramwanse. ico abantu batamenye bamwe nuko kwifoto abantu bayishirako bandika ngo kwifoto hariko umutego. bamwe uwo mutego ntibawubonye. kubera uyiravye neza uca wibaza ngo ukuboko kwuwo mukobwa kuri mwipantayo nkaho wagira ngo umukobwa ariko aramukabakaba kugitsina, fizzo nawe kwifoto aca arasinzira amera nkuwaryohewe. ariko rero kwifoto ntabwo arivyo namba, woitegereje neza.

raba ifoto niyi

jeudi 5 juin 2014

Jose chameleone yasubiyemwo vidéo ya Valu valu (clip video )




Jose chameleone yasubiyemwo clip yayandirimbo yiwe yise valu valu. yirabe hano

Umukobwa yambaye ubusa muri clip yabanyarwanda

Mu gihugu gituranyi cu Rwanda, habayo umuririmvyi yitwa Dr jiji uwo muririmvyi akaba akunda gukora amasanamu meza, eka ntakwo atagira usanga yashizemwo abakobwa beza, kandi benshi cane, benshi baribaza iyo amafranga ayakura kandi ngo atabiteramo akunda gukora ngaho mu gihugu cu Rwanda kandi atumunsi ngo aritabirabira amarushanwa, nkirushanwa rikunda kuhaba burimwaka, yitwa Guma guma superstar. haba namarushanwa akunda kuba yitwa saralx award ntabwo yigera abonekamwo, ariko clip ziwe ugasanga zirakeye kurusha abama muri ayo marushanwa, ariko abantu benshi baciye ngo bibaza ko yoba afise ubundi buzima bwiza hanze yumuziki. Dr jiji rero ama clip yiwe uko yagenda asohora imwimwe yagenda ivurwaho vyinshi kuvyereke abakobwa, nkaho hari iyasohotse muri 2013 afatanije nabandi baririmvyi bomurwanda, indirimbo yitwa Antere ibuye.
ubu rero uwo muririmvyi dr jiji aheruka gusohora clip yoyo yaje ihebuza, irenze izindi, isanamu irimwo abakobwa bariko baramera nkabariko barakora ubusambanyi, abakobwa baniha kurya umukobwa aniha iyo yishimiye umugabo wiwe mugihe bariko barakora imibonano mpuzabitsina. kandi iryo sanamu hakaba habonekamwo uwo umukobwa amusanga muri douche bariko barakoranako. abakobwa bayirimwo babajijwe uko babibona, bose bishura ngo ntaco bibatwaye kubera ngo nibintu bitabaye, ninkama film. kandi ngo imbere yo kuja muri ayo masanamu baba banabwiye abavyeyi. muri make ngo ntaco bibatwaye kubera ngo ni nkafilm, ntakintu cabaye.

amafoto




            Raba iyo clip vidéo hano

mercredi 4 juin 2014

Psy abantu barenga 2 milliard bamaze kubona clip yiwe.

Uyu muririmvyi akomeye kwisi yose, azwi kwizina rya PSY, ntituzi ukuntu twaserukiye kundirimbo yiwe imaze kurabwa nabantu barenga 2 000 000 000

raba iyo vidéo hano

Umuririmvyikazi Kenza farah na Lil mafia umunyonzi

Umuraperi wumurundi aba muri Belgique azwi kwizina rya Lil mafia umunyonzi yamenyekanye cane muri ico gihugu mundirimbo ziwe nka Ubuzima, wigize igiko uwo mujama nizindi. uwo musore rero akaba ashima cane ukuntu umuziki wiwe wifashe, yuko abona ibikorwa vyiwe abantu bagiye baravyumva ko bagiye babishima. aho twovuga nkaho yatsinze mwihiganwa ryari ryateguwe na diaspora yabarundi baba ngaho nyene, hama indirimbo yiwe uwo mujama igatsinda mubaririmvyi bashika umunani. ico gihe nawe vyaramushimishije naho ivyo yatsindiye ataronse vyose ariko yatsindiye gukorera indirimbo muri studio ikomeye ikoreramwo umuhinyanyuzi yitwa Jérémie benshi bazi mumuziki wa kera atarava mu Burundi. lil mafia rero tukaba twarashoboye kuronka indirimbo yiwe yatsindiriye aho wumva vyukuri ko ari indirimbo itanga ubutumwa.iyo ndirimbo yatsindiye ikaba yitwa mana yuburundi.yumvirize hano https://www.youtube.com/watch?v=E5C97p2qgRs, igihe twaganira twamubajije niba ivyo yatangaje kurubuga rwiwe rwa facebook niba arivyo ko yoba agiye gukora clip nshasha yuma yaho asohoreye clip yindirimbo yiwe yise ubwambere. akaba yatwishuye ko ubu yamaze kubona uwuzokora clip kandi yuko clip
ashaka ko izosohoka ishimisha abantu benshi.tumubajije igihe azozira i burundi, akatwishura ngo i burundi nzoza ariko ntabwo aratora umunsi kubera ngo hari ibintu ariko ariga bituma aba occupé cane, ariko ngo naho ari muri ico gihugu numubiri uri hanze gusa nayo ngo umutima uri i Burundi.
tukaba twanaboneyeho akanya ko kumubaza ukuntu yahuye numuririmvyi akomeye kwisi yose ariw Kenza farah wumufaransakazi avuga mu gihugu ca Algeria, akaba yatwishuye yuko bahuriye muntara lilmafia abamwo, yari yaje kuramutsa abafana. baganira niba bokorana indirimbo amubwira ko umwanya afise muri Belgique ari muto cane, ariko ngo lilmafia yaciye amusigarana amazina yindirimbo ziwe ngo aze kuziraba.

                                 Kenza farah na Lilmafia umunyonzi
                                      Lilmafia umunyonzi
     ushobora kudukurikirana kuri facebook ya Burundi Hit hano
https://www.facebook.com/pages/Burundi-Hit/1432530340294459?fref=ts