vendredi 30 mai 2014

Dety Darba :Umwigeme mushasha mumuziki ndundi

Dety Darba numwigeme yaje gukorera umuziki i burundi. uwo mwigeme akab avuka mugihugu kibanyi ca Congo, aho twaganira yatubwiye ko i burundi ahamaze umwaka. uwo mwigeme rero ubu rero akaba atanguye gukorera umuziki muri studio African sound record ibarizwamwo mwumuhinyanyuzi windirimbo Lizzer prod. Dety barba rero akaba ariko arakora indirimbo nkaho twabonye kuri facebook avuga yuko hari indirimbo ariko arakorana na Lolilo. kurubu rero Dety Darba akaba yasohoye indirimbo zimwe zimwe.tukaba twabaronkeye imwe mundirimbo ziwe yise Am addicted.

                       


                                                                    Dety Darba

 Umviriza iyo ndirimbo yiwe nshasha hano


mercredi 28 mai 2014

Imiyabaga yiki gihe nihatari.

Muri kenya habaye aga swaré kimiyabaga, aho ngo bari mumahiganwa yo kuvyina, muri iyo higanwa rero
hakaba habonetse invyino zikomeye, aho bavyinye abantu barumirwa, hakaba harimwo umusire yavyinye, kubera ukuntu umukobwa yamuvyiniyeko yaciye atwarwa ninkumbu zimibonano mpuza bitsina, aca ayumva arabishatse, abantu babona ipantalo yavuyemwo umusipi, hageze aho avyinana numukobwa atangura kumwambura agasiripe uwo mukobwa yari yambaye, bahita baramumukurako. ariko uwo musore ngo abamubonye yari yaborewe, niho baciye bamukurako uwo mukobwa. barabandanya barakora ihiganwa. ariko munyuma niho baciye basohora ngo abamenyeshamakuru, baca barugara iyo salle, abamenyeshamakuru ntibamenye ukuntu yarangiye. iryo higanwa ariko ryari ririmwo aka nenge kubera ntababatora bari bahari ngo abatora yari just incuti zabo gusa. kubera ngo abo bakobwa bari bazinanye cane, yari nkamarushanwa yo mumabarabara. raba amafoto hano














mardi 27 mai 2014

Chany queen mu Mvutano

Nkuko twebwe turi abashakashatsi. kubantu bamaze kumenya akazi hano kuri menya amakuru promoted turabashakashatsi, ntabwo tugenda ngo tubaze amakuru abastar dufata ivyo baba basohoye canke bavuze, tugaca tubibereka. haba vyiza canke bibi. kuri facebook twari twabemereye kuzobaronkera ifoto ya chany queen yambaye imvutano. tukaba twayibaronkeye. abantu benshi tukibibabwira baravuga ngo nta chany queen yokwambara imvutano. burya nabastar hanze yumuziki usanga bambaye bisanzwe, mumuziki niho baca bahindura inyambaro biensure nakare umuziki aba ari kukazi, nakazi mu kandi kurya nabakora ama modoka bashitse kukazi baca bambara amasalupeti, hama akazi karangiye bakayakura. no mumuziki umuririmvyi ari serieux mumuziki nukwo akora. 

Raba niyi yambaye imvutano 
    raba indirimbo aheruka gusohora afatanije nabandi bastar nka Mt number one na Ashley 

lundi 26 mai 2014

Abaririmvyikazi bakunda Fizzo bakabura aho babihera

Nkuko kuri menya amakuru promoted turihweza inyandiko zabastar kuma site kubuhinga ngurukana bumenyi. tukihweza neza nimvugo zabastar bagenda bavuga, ikiryoshe rero nuko abastar benshi biburundi umuntu akunda kubona ama commentaire yabo, ivyo bigaca bituma turonka udukuru, nkinkuru iheruka kubena ngaha ukuntu incuti ya Miss nono yamutuka kuri facebook ariko miss nono wewe akabifata nkaho atabibonye. kendi kenshi kuri facebook ubwiye umuntu nabi, guhita umukura muncuti zawe hamwe atazosubira kukubona bifata ama seconde ariko ntivyari navyiza gukura umuntu wincuti yawe kuri facebook, ahubwo ico ukora uramuhanura agahinduka, niyo nyifato ya kigabo. tugiye kwa fizzo, fizzo ahagiye hose mu rwanda haba nahandi Samantha aba ahazi, aremera akica gahunda aba afise ariko agiye kwa fizzo, eka no kuri annivereseri ya samantha fizzo ngo waouh!!!!! mbega ubufana bwiza. benshi baranibajije niba yoba ari murukundo na fizzo ariko samantha arabihakana yivuye inyuma. donc nkukwo twabiwe nanyene bwite tuvyemere. Olga nawe wewe ntabwo amukurikira aho agiye hose, Olga barahuye ebana bagize ibihe vyiza aho buja ariko, mu rwanda Olga yari yibere buja ntabwo yaherekeje fizzo, kandi Olga ngo umuririmvyi yatumye aririmba hamwe nyamuntu atuma akunda umuziki cane, harimwo Fizzo. igihe fizzo yagira ibibazo kumaradiio kubera indirimbo yari ngo yatahuwe nabi ubutumwa burimwo, Olga yarashigikiye fizzo, kuri facebook commentaire ni chou, nice pict chou biz. eka birashemeye.
                                                         Olga na fizzo
                                           Samantha na fizzo

dimanche 25 mai 2014

Tatouage kugisusu ca Adidja

Uwahoze ari umukunzi wa Lolilo Adidja kuva aho atandukanye na Lolilo bafitanye abana babiri. ubu rero adidja akaba ari murukundo rukomeye hamwe numuririmvyi Black G, uyu mugore rero kuburyo akundo Black G yahisemwo kwiyandikako izina ryiwe kugisusu ciwe. aho rero ntitwomenya igituma ariho yahisemwo.nkuko vaygiye bivurwa hirya no hino urukundo rwabo ngo rwatanguye kukagurukana bumenyi kwizina rya hwatsapp. rurakura urukundo rwabo, babona yuko gukundana mu mpisho ko atakamabo vyabagirira, ko batobana ubuzima bwabo bwose murunyegero, bahitamwo kubijana ahabona, kuri facebook baca baravyandikako, baja en couple, no mubiganiro bagiye bagira bakaza baravyivugira. Adidja rero mu bisanzwe aba mugisagara ca london muri Angleterre.


                                                             ifoto yiyanditseko Blak AFricano
                                                             ninaryo zina black g bamutazira

                                          Black G
 Umviriza indirimbo Black G aheruka gusohora

samedi 24 mai 2014

Nyemera by Alice Keza ft Landry Gateka

Iyi ikaba ari indirimbo nshasha yabaririmvyi Alice keza na Landry gateka, ikaba yakozwe muri studio nshasha iri buja yitwa Indonyi Record ikaba ikoreramwo umusore wumunyengozi, azwi Kwizina Masterland.
iyo studio umukuru wayo akaba ari umurundi asanzwe akorera umuziki wiwe muri Amerika.

uyu akaba ari Alice keza na Landry gateka
Umviriza  iyo ndirimbo yabo nshasha

Ingorane zikomeye mubakinyi ba film Ma famille yo muri cote d'ivoir

Ma famille: La Série à succès…et à mystères. akissi Oui, « MA FAMILLE », c’est LA sitcom ivoirienne qui a battu tous les records de diffusions à l’internationalAdieu le passé,bonjour le présent, et vive l'avenir !¸.•Ƹ̵̡Ӝ̵̨̄Ʒce n’est pas un hasard. Elle est bonne. L’histoire, la mise en scène, les acteurs… Akissi Delta a vraiment fait fort. Ma famille sera l’un des divertissements phare des ivoiriens, au plus fort de la crise de 2002. La série fait l’unanimité à chaque épisode, et s’expatrie même sur d’autres chaînes africaines. Après quelques années de diffusion locale, c’est la fin. Les téléspectateurs ivoiriens n’y sont même pas préparés. Plus tard, se découvre dans les journaux, une véritable crise interne à l’équipe de la série. Les acteurs sont en désaccord avec la productrice Akissi Loukou Delphine. On n’en connaît pas les raisons définitives, tant il y a de versions. En tout cas, c’est la déchirure. La série continue d’être diffusée cependant sur les chaînes panafricaines, mais les tournages sont arrêtés. En côte d’ivoire, on est passé à autre chose au fil des années. Les plus nostalgiques se refont les épisodes sur les autres chaînes.Le chapitre du succès se referme là. En Octobre 2011, les internautes regardent émus, la vidéo SOS de Brigitte Attiahi, épouse venue du village, pour Bohiri. Elle a un cancer du sein et a besoin d’aide. En février 2012, elle décède. Avant elle, L’actrice Rosine Zouzouo dite Marie Laure dans la série , succombe à la mort après une longue maladie, en Octobre 2011. Les rumeurs la disaient séropositive. marie laure Le 3 juin 2012, Djangoné Elvis, gérant de cabine dans la même série, décède. Il en était arrivé à pissé des excréments. Le 3 juin 2013, c’est Tatiana de Mackensira qui nous quitte. La maladie l’aura rongé au point de la rendre méconnaissable. Avant eux, nous avaient déjà quittés Carine Tazouhin la sœur de Decotey dans la série, Louise Babet, la fille de Gohou, Tantie Fatou, la mère de Digbeu et Bienvenue, Josiane Yapo, une des maîtresse de Bohiri. Aujourd’hui encore, la série a à son actif quelques autres de ses acteurs, dans un état de maladie inquiétant. Oupoh le neveu de Bohiri souffre d’un neuro-palu qui le rend fou (littéralement),Clémentine Papouet, épouse de Gohou, souffre d’un cancer du colon, Gbazé Thérèse va mieux après avoir frôlé la mort au point de diffuser un SOS en vidéo. Amoin, épouse de Kouadio, souffre du Glaucome qui la rend aveugle aujourd’hui. Même le plus cartésien d’entre nous sortira préoccupé de ces drames au sein des acteurs de cette série. On pourrait dire qu’il n’y a aucun mystère. Que c’est une simple coïncidence, et que parce qu’ils sont artistes publics, on remarque plus leur décès et autres maladies, mais franchement dans une série… Ca fait beaucoup trop. Le mystère est bien présent. Les comédiens n’auraient-ils pas assez fait confiance à leurs talents au point de s’aider d’une façon ou d’une autre ? Est-ce la jalousie de tierces personnes qui s’abat sur le casting d’une telle réussite ? Est-ce là, le prix du succès ? Pourquoi ces maladies horribles qui les détruisent autant avant de les tuer ? Voici autant de questions qui laissent à ce jour, beaucoup d’ivoiriens songeurs. C’est vraiment triste de perdre ces personnes qui auraient pu apporter encore plus à la comédie ivoirienne et africaine. Que leurs âmes reposent en paix, pour les disparus. Qu’ils se rétablissent très vite, pour les souffrants.
: Ma famille: La Série à succès…et à mystères.
                                           uyu akaba ari Delta, akaba nawe arwaye
                                                uyu numwigeme yatwenza cane, muri iyo serie ma famille. yarazwi kwizina rya
                                                 Marie Laure. akaba yitavye imana muri 2011. mu buryo bubabaje cane, aho
                                                 yatakamba avuga ngo bamufashe akire, yumva ashaka kubandanya umwuga
                                                 wiwe. niho yaciye yitaba imana. R.I.P
                        raba amwe muba vidéo yiwe kuri youtube arwaye.

Umuraperi Lilmafia umunyonzi na comedie aravanga

Umuraperi Didier kwizera azwi kwizina lil mafia umunyonzi. azwi mundirimbo zitarinke, nka mana yuburundi, igikoko remix, uwo mujama nizindi. uwo musore rero naho akora Hip hop mubuzima bwiwe bwa burimunsi ngo aratwenza cane, nkuko tubibwirwa nincuti ziwe za hafi. ngo lilmafia ayo atanguye ikiyago ntiwokwipfuza gutaha.nkuko nta lilmafia yaheruka kubivuga kuri facebook yiwe avuga ati : ubu mugiye kubona isura yanje nyayo kubera iyo nerekana mumuziki ntabwo ariyo. mubisanzwe ishusho rya lil mafia numuntusore atwenza.
kuri uyumunsi wa gatanu itariki 23/05/2014
niho yashize i vidéo yiwe kuri facebook yiwe ariko arigana ama publicité yo kuri télévision aho avuga yuko
yaserukiye icupa rishasha ya alcool yitwa Vodka. yuko rizosohoka 2015 wumvirije urumva nyene ko yavyiganye abishira muri comedie.

Raba vidéo hano. mdr
https://www.youtube.com/watch?v=SU7eKS-xWAs

vendredi 23 mai 2014

Ivyago kuri Kylie minogue kuri stage

Umuririmvyikazi wumunyamerikakazi aturuka muri Australie yahuye nibibazo. aho yari yagiye kuririmba muri festival cane. mu gihe yaza rero yaje yambaye agakanzu keza karekare, niho yagiye kuri stage yuriye amaze gutangura kuririmba umuyaga nawo ati nakubonye. uca utangura kugurura ya kanzu. ariko kylie minogue wewe ntiyahagaritse kuririmba yabandanije, ariko agakomeza arwana nanyakanzu. raba ama foto na vidéo
raba vidéo

Abakobwa bo muri cameroun amabere bayagendeza hejuru kubera izuba ryishi.

Mu Gihugu ca Cameroun, kubera izuba ryishi bagendeza amabere hejuru. natwe tukibaza niba ari kumabere hashuha gusa tukabura. nkuko bivurwa numubayo ngo, iyo izuba rije havuga inyambaro nyinshi zimwe ziteye ubwoba, ngo mumwaka uheze hoho hari nkabakobwa bagenda mubabaraba batambaye amasiripe, bagaca bashirako akantu kabonerana hamwe umuntu aravye neza wasanga abona amabanga yose. uyu mwaka rero iyo nyambaro akaba ariyo yaje, none nkawe inyambaro nkizo nawe urazishigikiye ?
canke nayandi mabanga tutazi ko vyoba bishoboka ko abakobwa bashuha amabere gusa mugihe cizuba ryinshi. raba ifoto ngaho.

Josdy wo muri Question-G

Nyuma yaho umuraperi T max yifotoje namafranga menshi yarafise, abantu bakiyumvira niba ariko arimbura neza mumuziki. ubu naho numusore Josdy wo mumurwi Question=G yifotoje ariko araharura amafranga. raba ifoto nawe uce ugira ijambo umubwiye.
Umviriza nindirimbo Umurwi Question-G na Patient matabaro baheruka gusohora

mercredi 21 mai 2014

Muri Tanzania umukobwa kuri staje atambaye isiripe

Umuririmvyikazi yitwa kelly yaririmvye mu Giteramo cabaye muri Tanzania ahitwa ngo Dodoma  cari cahuriwemwo nabastar benshi bo muri Tanzania. uwo mukobwa rero akaba yagiye kuririmba kuri stage yambaye ubusa atasiripe yambaye.
abantu bakimubona aserutse kuri stage bakomye induru. aho benshi baguma bashaka kuja kumuvyinisha, yagize hakaba hagize amahirwe umusore umwe bavyinanye bimwe vya danger. uwo mukobwa akaba yarabajijwe nabamenyeshamakuru igituma agenda kuri stage yambaye uko. nawe akaba yagiye arabishura ko ngo yambara uko ashaka, inyambaro nkiyo ntaco biba bimubwiye, ngo kuko ntiyambara kubwabafana yambara ibimushimisha. ngo imbere yo gushimisha abafana arabanza akishimisha imbere ya vyose.

Raba amafoto



mardi 20 mai 2014

abastar babakobwa biburundi nama clip bagiye barabonekamwo

Menya amakuru promoted yarihweje iraraba abakobwa beza babastar  bambara neza. nkuko muza kubibona mumafoto harimwo nabastar bazi mubuzi bwubukinyi bafilm ( actrice ) nabaririmvyi. kandi ukaba ushobora kubonamwo abo utazi ariko tugenda tubabwira aho azwi mukihe gikorwa, ivyo vyose nikumafoto.

                                                         Annicky nicky azwi muri clip mbabarira ya Lolilo

                                                 Sharifa Luna azwi muma clip ya buja, uyu mukobwa wewe akaba
                                                 azwi muma clip menshi kubera aka kazi yagatanguye kera. azwi
                                                  muri nka nzoza ya rally joe, akayoga ya Adat, nizindi.
                 
                         Uyu mukobwa akaba azwi muri clip nka naogopa ya black g na happy famba akaba
                          anaboneka muri clip ya lolilo yindirimbo beef.uyu mukobwa akaba amaze no kuvyara
                          umwana wumukobwa, nako kana barikumwe. tukaba tumwipfuriza kugira umuryango
                          mwiza.

                      Annick kabatesi akaba azwi mundirimbo yiwe nshasha yise twarashaza.akba azwi no                                     mumwuga wo gukora impuzu zibiri.


                            Uyu mukobwa akaba yitwa Ashley benshi bari bamuzi muma karaoké
                            ariko ubu naho yatanguye gusohora indirimbo ziwe. aho aheruka gusohora
                            indirimbo arimwo yakoranye na chany queen na Mt number one ariyo yiyi
                            vuba mukaba muzobona clip yiwe nshasha yakoranye na elly's boy
                         
                     Thity Love azwi mundirimbo ziwe za audio nka dukundane, kwanini, mbere yo gutangura                               umuziki akaba yabonetse muri clip yindirimbo kuri kakagezi ya Rally Joe. munyuma nawe aca                       atangura umuziki.
                     
                            Milky mina azwi muri clip nshasha yumuririmvyi Emery sun yise wawundi
                         


                               Samantha azwi cane muri primusic nahandi henshi yagiye agira amahirwe yokuja nko                                     mubihugu vyo hanze. nairobi nahandi, agiye guserukira uburundi.
                              https://www.youtube.com/watch?v=qGakkoNw7oI
                               
                             
                               

lundi 19 mai 2014

inyambaro nshasha mubastar ( chris brown na Wizz kharifa

nkuko imyaka igenda yiyungera niko ninyambaro mubastar zigenda zihinduka, kenshi ziba mubastar bakora umuziki mubwoko rwa RnB na Hip hop . nkiyo uvyitegereje inyambaro yo muri za 2005 kugenda gushika 2011 yambara bake cane aho hatanguye bambara udupantalo dufata kandi kera muri iyo myaka bambara amapantalo manini cane, bakambara namachene no mwizosi nibindi vyiza bikayangana. nyuma ya 2011 niho hatanguye haboneka abaririmvyi bambara udupantalo dufata numuraperi wibaza ko atotwambara ugasanga aratwambaye. bityo rero inyambaro igakwiragira hose. ubu naho hari inyambaro nshasha iheruka kuza aho usanga umuntu agenda akenyeye umupira, ivyo rero bikaba vyatanguye kwibonekeza mundirimbo zifise clip, aho twovuga nkindirimbo aheruka gusohora.yakoranye nabandi bagenzi biwe nka lil wayne. iyo nyambaro rero ikaba yaranashitse mu gihugu curwanda. nabanyarwanda aho umurwi uririmba witwa Active bavyina bakenyeye imipira. ugukenyera imipira rero ntibivuze ko baba badashaka kuwambara, nuko nyene ari ngo inyambaro igezweho. tuvuye kuri chris brown. ivyo bikaba biraboneka mubastar bacu babarundi. naho ubu naho habonetse iyindi nyambaro yumuraperi Wizz khalifa. inyambaro ya wizz khalifa yoyo sinzi ukuntu twoyibabwira nimuyirabe hano

inyambaro nshasha yo gukenyera imipira
                      Chris brown
                                 Active : Rwanda
                                 niyi nishasha izanywe na wizz khalifa
niba wabonye nawe ayamafoto, izi nyambaro ( style ) uzibona gute ?


dimanche 18 mai 2014

Annick kabatesi itiro ryamutwaye ( amafoto )

Umuririmvyikazi Annick kabatesi azwi nko kwizina annick burundiano, akabaanazi kugukora impuzu zabakera. za mpuzu zibiti. kandi akaba anaheruka kuronka agashimwe kavuye kumukuru wigihugu. uyu mukobwa kandi akaba yakoze indirimbo yakunzwe nabataribake yitwa twarashaza. ubu akaba aheruka gufotorwa asinziriye itiro ryamutwaye.

raba ifoto itiro ryamutwaye


Love Me n'indirimbo nshasha yumuririmvyi R-Flow

Umuririmvyi R-flow yavuzwe cane muri show bizz ndundi, aho abantu bavuga ko Yoba yaratandukanye na chany queen, unomunsi tukumva ngo batandukanye ejo ngo basubiranye. kuri ubu amakuru twumva kandi nabo bivugira ngo barikkumwe murukundo rwiza cane ahubwo. ko atanakanenge karimwo. kuri uyu munsi rero niho R-flow yasohora indirimbo yise Love me.ikaba ari indirimbo iruhura cane.



           Chany queen ariko na R-Flow
           Umviriza iyo ndirimbo Love me hano

 Post : Olivier Nduwimana

mercredi 14 mai 2014

Igitutsi gikomeye kuri Miss Nono

Umuririmvyikazi Nininahazwe Norette azwi Kwizina Miss Nono. yavuzweko vyinshi muma show bizz ndundi. aho vyavurwa Ko yoba ashobora kuba aryamana naba hinyanyuzi (producer ) bindirimbo kugira bamukoreer indirimbo. munyuma akabihakana, avuga ko ababivuga nabantu bashobora kuba bamwanka. Miss nono rero ari mubaririmvyikazi bakunzwe cane nabahungu benshi ndetse nabakobwa. ari mubaririmvyi bafise incuti nyinshi cane kuri facebook. muri iyi minsi niho yashira amafoto yiwe kuri facebook. miss nono akaba kandi yarigeze kuvurwaho urukundo rumwe rwari ruteye ubwoba aho yakundana numusore yitwa yann santana. ico gihe baratandukanye, umukobwa hamwe amukorera nindirimbo akanabicisha muma binyamakuru bitari bike ndundi. amusaba imbabazi ngo yarakosheje ngo namubabarire ariko bikaba vyarahereye mukanyegero. ntitwamenye niba barasubiranye canke barahebanye burundu. . uwo mwigeme miss nono rero muri iyi minsi niho yashize  ifoto kuri facebook, yiftoje igisusu. nkuko hari abantu benshi batigumya umwe arinamura ngo  ico mbega igisusu kinini, ico gisusu nimusuzi irimwo gusa.
commentaire nkiyo abantu barumiwe kurubuga. nkuko menya amakuru promoted ikora irabanza iraraba ico miss nono yishura kuri iyo commentaire. uwundi mufana ati ; wewe niba hari ico mupfa sigusa. Miss nono nawe aca arishura ngo ari (fière ) arishimiye kuba imana yarakimuhaye.
Gusa uwo muntu yamutuka miss nono wewe ntabwo yavyitako cane.nawe akaguma amubwira ngo ni imalaya. miss nono nawe yishura ati wosanga ariwe ari imalaya.
ikintu menya amakuru promed ibona kidasanzwe. kubera umuntu kuri facebook yogutuka cane, hama ntumufute kuri facebook hamwe atazosubira kukubona ?
kubera facebook yaduhaye uburyo bworoshe bwo kurwanya umuntu akugeramiye kuri facebook.

                                                           raba ifoto bamutukiyeko


Post : Olivier nduwimana

Urakaka by Mt Number one ft Channy Queen & Ashley

iyi nindirimbo nshasha yabaririmvyi Mt number one yahora ari muri amerika ubu akaba ari mubiruhuko muburundi, akaba yatanijwe na Channy queen benshi bazi. hamwe na numuririmvyikazi mushasha yitwa Ashley. Ashley rero akaba aje muri muzika ndundi atavyorosha.

                       

                  Umviriza iyo ndirimbo yabo urakaka hano

mardi 13 mai 2014

Milky mina na Lilmafia umunyonzi murukundo

Umuraperi Wumurundi akorera umuziki muri belgique , azwi mundirimbo nyinshi nka Ubwambere, Igikoko remix, Mana y'uburundi. kuri ubu asigaye yemeza abantu muri hiip hop. nkindirimbo aheruka gusohora yakunzwe nabatari bake yitwa Mana yuburundi hmawe niyikiriko irakwiragira mubanatu ari iyo igikoko remix yakoranye nuwundi muririmvyi yitwa Mr Tungi.
uwo muraperi Lilmafia umunyonzi rero, akaba yashize kuri facebook ifoto yumukobwa muheruka kubona muri clip ya Emery sun iheruka kubona. avuga ko uwo mukubwa yomuha ivyo atunze vyose.tuca turiyumvira ko yoba amukunda cane bimwe vya danger. niko kumwegera turamubaza ati: twabonye ushira ifoto kuri facebook uvuga ngo : womuha ivyo utunze vyose nurukundo rwoba ruriko ruravyuka ?
''nawe atwishura atwenga ati : oyaaaa jewe urya mukobwa aba i burundi jewe ndi hano muri belgique sasa ntivyokunda, kandi nsanzwe mfise numukunzi wanje, nuko mutaravye neza kuri facebook yanje handitse ko ndi en Couple. urya mukobwa numukobwa tuvuga just kuri facebook kabugenzi biraboneka kari umukobwa yitonda kandi ashoboa kuba akunda gutwenga. sasa nanje nayishizeko ndikwikinira.

Menya amakuru promoted : none nkubu umukunzi wawe abibonye ntabwo yoshavura ?

Lil mafia umunyonzi : oya ivyo ntabwo bishobora kumushavuza kubera, aranyizera nanje nkamwizera
none wumva atanyizeye just kwifoto nashizeko wumva azonyizera mubo nzoshira muma clip ?
oya turizerana ivyo kuba naditse arya majambo ntaco bimutwara.

Menya amakuru promoted : none niba ati ibanga uwo mukunzi wawe dushobora kumubona kugira anabakunzi bumuziki wawe bamubone ?

Lilmafia umunyonzi : hahaha (atwenga ) Oya ivyo bizoza munyuma ntiharagera nzomubereka, ninamushira ninamushira ahabona muzobibona nzobibabwira.

menya amakuru promoted : murakoze kuri ico kiganiro

lilmafia umunyonzi : namwe murakoze

kandi kandi Lilmafia nawe akaba ari mubakora muri menya amakuru abastar ari nawe adufasha mugushira indirimbo kuri youtube kuri chaine youtube  yitwa Burundi Hit.
Tukaba twashatse kuri téléphone uwo mukobwa milky mina tukaba twamubuze. ariko niyagira ico abivuzeko tukaba tuzobashikiriza inkuru ngaha kuri Menya amakuru promoted.

                                                 
                                           Milky mina nuyumukobwa
                                    Umuraperi Lilmafia Umunyonzi
 

Post : Olivier Nduwimana

lundi 12 mai 2014

Uvyaranze igiteramo co kuri 10/05/2014

aha ni mugiteramo cari cahuriyemwo nabastar benshi, nka happy famba, t max, channy queen, R-flow nabandi benshi.        
                                           Aha R-flow yavyinishije umufana wiwe,
                                            uwo mufana vyamushimishe cane ngo kubona yavyinanye numustar akunda                                                   cane.niho nyamufana yahise agenda kuvugisha Channy queen amubwira ngo                                                 uririmba neza, nkuko mubibona kwifoto ya kabiri.
                                     
Aha blck G yashimishije abantu benshi kwijwi ryiwe. 
                             
                                   Happy famba nkuko tubize numunyabirori ahambaye.
                                   Aha yashimishe abantu benshi cane
                                  Aha abafana bari babishimiye cane, kukuntu bariko bararirimba,
                                T max nawe yashimishe abantu benshi kuri Hip hop yiwe.
                           
                                aha yariko ararapa imponjo (freestyle ) anyarutsa, abantu
                                 bakaba bumiwe imirapire yiwe.
                                Happy Famba mundirimbo yabo Shamila bashimishe
                                 abantu bari bahari bimwe vyakarorero      
cari igiteramo cisohorerwa ahabona clip vidéo nshasha ya happy famba